Ingene ubwo bushobozi bwa Mpwemu Yera bwigaragaza June 1, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 1Like Shalom ! Uyu musi tugiye kuraba uturorero tw'ingene ubwo bushobozi bwigaragaza: 1. Kuvuga indimi nsha. Ivyakozwe n'intumwa 2:2-4 "haza igihinda kivuye mw ijuru giturumbuka, nk'uguhuhuta kw' umuyaga…Read more
Ingene Mpwemu yera ari ubushobozi May 31, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 1Like Shalom ! Uyu musi tugiye kurabira hamwe ingene Mpwemu yera ari ubushobozi . 1. N'ubushobozi kuko ari Imana iri mu butatu, iza gukorera mu muntu. Yohana 14: 17 …Read more
Ubushobozi bwa Mpwemu yera May 30, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 1Like Shalom ! Turashim'Imana iduhaye umusi mushasha n'indwi nziza igiye kudushikana ku musi mukuru wa pentecôte. Iri yinga tugiye kwiga ku bushobozi bwa Mpwemu yera. Ivyakozwe n'Intumwa 1:…Read more
Ibisabwa kugira tugume mu ubuhungiro bw’Imana ishobora bwose May 28, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 1Like Shalom ! Turangiza iri yinga, turabe ibisabwa kugira tugume mu ubuhungiro bw'Imana ishobora bwose. 1. Kuguma mu rukundo rw'Imana. Yohana 15:9-11 "Nk'uko Data yankunze, ni ko…Read more
Ingaruka nziza zo kugir’Imana ubuhungiro May 28, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 1Like Shalom ! Tugiye kubandanya ingaruka nziza zo kugir'Imana ubuhungiro. Zaburi ya 91:9 " Wagize Uhoraho ubuhungiro bgawe , Isumba vyose wayigize uburuhukiro " 1. …Read more
Igituma tudakwiye gutinya mu gihe Uhoraho twamugize ubuhungiro May 25, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 1Like Shalom ! Uyu musi tugiye kuraba igituma tudakwiye gutinya mu gihe Uhoraho twamugize ubuhungiro. :-D Zaburi 46:4-7 "Harih' uruzi, amazi yarwo anezereza umurwa w'Imana, Ni wo hera…Read more
Insobanuro y’ubuhungiro May 24, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 1Like Shalom! Uyu musi tugiye kuraba insobanuro y'ubuhungiro. Ubuhundiro ni ikibanza umuntu ajamwo kugira icago ntikimushikire. Ico kibanza n'ikihe? Ni mw'ijambo Imana yavuze kuko uwuryakiriye akaryizera rimubera ikibanza c'umutekano. …Read more
Umusi Iman’itwongeye wo kugirirwa neza nayo May 23, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 1Like Shalom ! Iman'ishimwe kubw'uyu musi Iman'itwongeye wo kugirirwa neza nayo. Nuko tuj'imbere yayo hamwe n'abandi ariko dufis'umutima utumbereye kuyitega amatwi no kwakira bishasha kuri yo iriteguye kugaragaza ububasha bwayo. …Read more
Ibanga ryo gushimish’Imana riri mu guca bugufi no kwumvira Imana May 21, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 1Like Shalom! Ibanga ryo gushimish'Imana riri mu guca bugufi no kwumvira Imana. Dufatir'akarorero kuri Kristo. Ab'i Filipi 2:5-11 "Mugire wa mutima muri mwebge wari muri Kristo Yesu. 6 c…Read more
Akarorero ka Daniel ingene yabayeho ubuzima bwo gushimish’Imana May 20, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 1Like Shalom! Uyu musi tugiye kuraba akarorero ka Daniel ingene yabayeho ubuzima bwo gushimish'Imana. 1. Yabanje kubigira ingingo yifatiye mû buzima bwiwe. Daniel 1:8a "Maze Daniyeli agira imigabo…Read more