Twige guha agaciro ivy’Imana iha agaciro no kwanka ivyo yanka. September 30, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Twige guha agaciro ivy'Imana iha agaciro no kwanka ivyo yanka. Imigani 6: 16-19 "Har' ibintu bitandatu Uhoraho yanka, Mbere n'indwi bimusesema:17 k Amaso y'ubgibone n'ururimi rw'ibinyoma, N'amaboko…Read more
Ico gukora buri musi ngo tuguman’imigenderanire myiza hagati yacu n’Imana September 29, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Ico gukora buri musi ngo tuguman'imigenderanire myiza hagati yacu n'Imana. 1. Kurinda imitima yacu. Imigani 4:23-24 "Rinda umutima wawe kurusha uko worinda ikindi cose, …Read more
Tugiye kuraba ubugombe bw’Imana ku kanwa kacu September 28, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Uyu musi tugiye kuraba ubugombe bw'Imana ku kanwa kacu. 1. Akanwa kacu ntigakwiye kuvamwo umuvumo. Yakobo 3:10-11 "mu kanwa kamwe havamw' umuhezagiro n'umuvumo. Bene Data,…Read more
Intambamyi zikunze kubuza abantu gushira ahabona ivyo Imana yabashizemwo September 22, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Uyu musi turabe intambamyi zikunze kubuza abantu gushira ahabona ivyo Imana yabashizemwo. 1. Kahise kabi. Kuvayo 4:10-14a "Mose abarira Uhoraho, ati Mwami, mbega ko ntar'…Read more
Ingaruka nziza zo kwemera kurekura ivy’Imana yadushizemwo ngo bifashe abandi. September 21, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Turabire hamwe ingaruka nziza zo kwemera kurekura ivy'Imana yadushizemwo ngo bifashe abandi. 1. Igikorwa kiguma caguka. Ivyakozwe n'Intumwa 3:11 "Agifashe Petero na Yohana, abantu…Read more
Turash’Imana kubw’iri yinga rishasha ritanguye September 19, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Turash'Imana kubw'iri yinga rishasha ritanguye. Ndabifurije ko iri yinga ryoba iryo guhabwa akaryo ko gushira ahabona ubutunzi Imana yadushizemwo ngo bufashe abandi. Ivyakozwe n'Intumwa 3:6 "Petero…Read more
Tugiye kuraba isano riri hagati y’ibihe n’ishitswa ry’umugambi w’Imana September 13, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Uyu musi tugiye kuraba isano riri hagati y'ibihe n'ishitswa ry'umugambi w'Imana. Kuvayo 11:4-7 "Mose aravuga, at' Uku ni k'Uhoraho agize, ngo Nko mu gicugu azonyuranganya hose muri Egiputa:…Read more
Turangiza iri yinga, twige ku kamaro ko kwubaha urutonde rw’Imana ku bijanye na Yubile September 10, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Turangiza iri yinga, twige ku kamaro ko kwubaha urutonde rw'Imana ku bijanye na Yubile. 1. Turahezagirwa . Abalewi 26:3-4 "Ni mwahora mugendera mu mabgirizwa yanje, mukitondera…Read more
Uyu musi tugiye kurabira hamwe ibiranga Yubile September 9, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Uyu musi tugiye kurabira hamwe ibiranga Yubile. 1. Ukworoherezwa . Abalewi 24:4-7 "Arik' umwaka ugira indwi uz' ubere igihugu nk'isabato yo kuruhuka bihebuje, nk'isabato yo kunyubaha…Read more
Uruhara rwacu kugira Yubile itugirire akamaro. September 7, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Uruhara rwacu kugira Yubile itugirire akamaro. Kwumvir'Imana no kwizera. Abalewi 25:17 "Nuko ntimuze mugungane, ariko muntinye, jewe Imana yanyu, kuko nd'Uhoraho Imana yanyu. " Igihe ca…Read more