Shalom!
Abo i Galatiya 2:20 "Nabambanywe na Kristo, ariko ndiho; yamara si jewe nkiriho, ni Kristo ariho muri jewe. Ivyo nkora vyose nkiriho mu mubiri mbikoreshwa no kwizera Umwana w'Imana yankunze, akanyigura.…
Good morning dear ones. :-D
If you desire to serve the kingdom of by taking part in the prayer campaign for Revival in Bugesera and if you did not inboxed yesterday , kindly…
Good morning dear beloved of the Lord. I am Pr Paddy Blessed Musoke and the Lord has given me a vision of empowering christian professionals and business people to become relevant to meeting the…
Shalom !
Uyu ni umusi ugira 12 wo gusenga.
Turakomeza gusengera igihugu twerekeza amasengesho ku bagabo kuko akenshi ingingo bafata zigira ingaruka nziza canke mbi ku miryango barongoye.
Duca tubifatanya no gusengera ingingo zose…
Shalom!
Twakirane umunezero iyinga rishasha, n'umusi mushasha.
Tukaba dutanguye urugendo rw'amasengesho y'imisi 40.
Daniyeli 9:1-3"Mu mwaka Dariyo mwene Ahasuwerusi wo mu ruvyaro rw'Abamedi yimyemwo, yimitswe kuba umwami w'igihugu c'Abakaludaya, 2 b mur' uwo mwaka wa mbere…
Shalom !
Ibituma Imana idukangira :
1. Kubera ko idukunda .
Abaheburayo 12:5-6"kandi mwibagiye rya jambo ribahubura ribahanura nk'abana,
ngo Mwana wanje, ntugaye igikangiro c'Uhoraho,
Kandi ntudendebukirwe ni yaguhana.
6 e Kuk' uwo Uhoraho akunda ari we akangira,
Kand' aramagura uwo yemera wese…
Shalom!
Impinduka zitubako iyo Yesu atwiyeretse ukundi gusha. Igice ca 1-3
1. Tubona ububi bwacu.
Yohana 21: 7"Wa mwigishwa Yesu yakunda abgira Petero, ati N'Umwami Yesu. Simoni Petero yumvise kw ar' Umwami, akenyera impuzu,…
Shalom!
Uruhara rwacu kugira tubone Imana ikora mu buzima bwacu. Igice ca 1& 2
1. Kwizera ubushobozi bw'Imana
Mariko 9:17-24"Umwe mur' iryo shengero aramwishura, ati Mwigisha, nari nakuzaniye umwana wanje, yinjiwemwo n'impwemu y'ikiragi. 18 Ah' imufatiye hose, imutura…
Shalom!
Uturorero tw'abantu Imana yagiye igaragaza ivyo yabashizemwo mu bihe bidasanzwe: Igice ca 1&2
1. Akarorero ka Nowa.
Itanguriro 6:5-8"Nuk' Uhoraho abona ibibi vy'abantu ingene ari vyinshi mw isi, kandi kw ivyiyumviro vy'imitima yabo vyamogoreye gukora…
Shalom!
Ico guhishurirwa igikorwa ca Kristo bidufasha. Igice ca 3.
3. Twakira ubushizi bw'amanga bwo kuganira n'Imana.
Abaheburayo 10:19-22"Nuko bene Data, ko turi n'ubushizi bg'ubgoba bgo gushikanwa ahera cane n'amaraso ya Yesu, 20 j duciye…
Shalom!
Ico guhishurirwa igikorwa ca Kristo bidufasha. Igice ca 1 & 2.
1. Duha agaciro urupfu rwiwe.
Yesaya 53:4-6 "N'ukuri n'izacu ntimba yishizeko, n'iyacu mibabaro yikoreye; ariko tweho twamwiyumviriye nk'uwakubiswe, nk'uwacumiswe n'Imana, akicurikirizwa n'akabonge.…
Shalom!
Imvo zotuma dusaba Imana umutima wo gukenguza. Igice ca 3
3. Niwo utuma twumva ijwi ry'Imana.
1Samweli 3:10-12 "Maz' Uhoraho araza ahagarara ngaho, aramuhamagara nk'ubga mbere, ati Samweli we! Ewe Samweli! Na we…
Shalom !
Imvo zotuma dusaba Imana umutima wo gukenguza. Igice ca 2
2. Niwo utuma tubaho dutekanye mw'isi.
Abaroma 8: 18-19 "Niyumvira yukw imibabaro y'iki gihe idakwiye kugereranywa n'ubgiza tuzohishurirwa. 19 o Kukw ivyaremwe…