Ubushobozi bwo gushimisha Imana 14 hours ago Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! dukomeze kwiga ku bushobozi bwo gushimish'Imana. Intambuko zo kubushikako: 1. Kwemera kuremerwa muri Kristo Yesu mu kumwakira mu mutima no kurek'ijambo ryiwe rikaduhingura. Abanyefeso 2: 10 "Kuko tur'…Read more
Ubushobozi bwo gushimish’Imana mû vyo tuvuga no muvyo dukora 2 days ago Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Turashimiy'Imana iyi ndwi twinjiyemwo, tunezerewe no kuyitangurana nayo muri vyose. Iyi ndwi nkaba ndabifurije kwakira ubushobozi bwo gushimish'Imana mû vyo tuvuga no muvyo dukora. Ab'i Kolosayi 3:17…Read more
Gukorera mû rukundo rw’Imana 4 days ago Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Turakomeza icirwa cacu co gukorera mû rukundo rw'Imana ! Uwundi mutego abantu barwamwo n'ugukora ikintu ar'uko ukibonamwo inyungu ariko udasunitswe n'urukundo. 1 Ab'i korinto 13:4-5a …Read more
Umutego abantu benshi barwamwo bagatakaza agaciro k’ivyo bakoze May 12, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Uyu musi tugiye kuraba umutego abantu benshi barwamwo bagatakaza agaciro k'ivyo bakoze. Matayo 6:1-2 "Mwirinde ntimugakorere ivyiza vyanyu mu maso y'abantu kugira ngo babarabe : ni mwagira murtyo,…Read more
Gukorera mû rukundo rw’Imana(Mercredi) May 11, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Turakomeza kwiga ku gukorera mû rukundo rw'Imana ! Uyu musi tugiye kuraba ingene Imana iha agaciro umutima dukoranye kuruta ubunini bw'ibikorwa. (Luka 21: 1-4) "Yunamura amaso, abona abatunzi…Read more
Igikorwa cose umuntu akora kiba gifis’igituma uwo muntu agikora May 10, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Dukomez'icirwa co gukorera mû rukundo rw'Imana ! Uyu musi turabe insobanuro y'iki cirwa. Igikorwa cose umuntu akora kiba gifis'igituma uwo muntu agikora ( motivation). Iyo mvo rero inyegeje (motivation)…Read more
gukorera mû rukundo rw’Imana_(Lundi) May 9, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Turashim'Imana iduhaye kubona umusi mwiza n'indwi nshasha! Iri yinga tugiye kwiga ku gukorera mû rukundo rw'Imana . 1 Ab'i Korinto 13:1-3 " Naho novuga indimi z'abantu n'iz' abamarayika, ariko…Read more
Ivyamwa vyo Kwizera May 8, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Turashim'Imana idushikanye kur'uyu musi witirirwa izina ryayo tugifis'inyota yo kuja gukoranira hamwe n'abandi Yohana 4:40-42 "Maz' Abasamariya baje ah' ari, baramwinginga ngw agume i wabo ; asibirayo kabiri. 41 Hizera…Read more