Shalom !
Ibituma Imana idukangira :
1. Kubera ko idukunda .
Abaheburayo 12:5-6"kandi mwibagiye rya jambo ribahubura ribahanura nk'abana,
ngo Mwana wanje, ntugaye igikangiro c'Uhoraho,
Kandi ntudendebukirwe ni yaguhana.
6 e Kuk' uwo Uhoraho akunda ari we akangira,
Kand' aramagura uwo yemera wese…
