Uyu ni umusi ugira 12 wo gusenga. May 17, 2024 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Uyu ni umusi ugira 12 wo gusenga. Turakomeza gusengera igihugu twerekeza amasengesho ku bagabo kuko akenshi ingingo bafata zigira ingaruka nziza canke mbi ku miryango barongoye. Duca tubifatanya no gusengera ingingo zose…Read more
Twakirane umunezero iyinga rishasha, n’umusi mushasha. May 6, 2024 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Twakirane umunezero iyinga rishasha, n'umusi mushasha. Tukaba dutanguye urugendo rw'amasengesho y'imisi 40. Daniyeli 9:1-3"Mu mwaka Dariyo mwene Ahasuwerusi wo mu ruvyaro rw'Abamedi yimyemwo, yimitswe kuba umwami w'igihugu c'Abakaludaya, 2 b mur' uwo mwaka wa mbere…Read more
Ibituma Imana idukangira. Igice ca 1&3 May 2, 2024 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Ibituma Imana idukangira : 1. Kubera ko idukunda . Abaheburayo 12:5-6"kandi mwibagiye rya jambo ribahubura ribahanura nk'abana, ngo Mwana wanje, ntugaye igikangiro c'Uhoraho, Kandi ntudendebukirwe ni yaguhana. 6 e Kuk' uwo Uhoraho akunda ari we akangira, Kand' aramagura uwo yemera wese…Read more
Impinduka zitubako iyo Yesu atwiyeretse ukundi gusha. Igice ca 1-3 April 18, 2024 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Impinduka zitubako iyo Yesu atwiyeretse ukundi gusha. Igice ca 1-3 1. Tubona ububi bwacu. Yohana 21: 7"Wa mwigishwa Yesu yakunda abgira Petero, ati N'Umwami Yesu. Simoni Petero yumvise kw ar' Umwami, akenyera impuzu,…Read more
Uruhara rwacu kugira tubone Imana ikora mu buzima bwacu. Igice ca 1& 2 April 10, 2024 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Uruhara rwacu kugira tubone Imana ikora mu buzima bwacu. Igice ca 1& 2 1. Kwizera ubushobozi bw'Imana Mariko 9:17-24"Umwe mur' iryo shengero aramwishura, ati Mwigisha, nari nakuzaniye umwana wanje, yinjiwemwo n'impwemu y'ikiragi. 18 Ah' imufatiye hose, imutura…Read more
Uturorero tw’abantu Imana yagiye igaragaza ivyo yabashizemwo mu bihe bidasanzwe: Igice ca 1&2 April 3, 2024 Ildegard Christan BIMENYIMANA 0Comments 0Likes Shalom! Uturorero tw'abantu Imana yagiye igaragaza ivyo yabashizemwo mu bihe bidasanzwe: Igice ca 1&2 1. Akarorero ka Nowa. Itanguriro 6:5-8"Nuk' Uhoraho abona ibibi vy'abantu ingene ari vyinshi mw isi, kandi kw ivyiyumviro vy'imitima yabo vyamogoreye gukora…Read more
Ico guhishurirwa igikorwa ca Kristo bidufasha. Igice ca 3. March 28, 2024 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Ico guhishurirwa igikorwa ca Kristo bidufasha. Igice ca 3. 3. Twakira ubushizi bw'amanga bwo kuganira n'Imana. Abaheburayo 10:19-22"Nuko bene Data, ko turi n'ubushizi bg'ubgoba bgo gushikanwa ahera cane n'amaraso ya Yesu, 20 j duciye…Read more
Ico guhishurirwa igikorwa ca Kristo bidufasha. Igice ca 1 & 2. March 27, 2024 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Ico guhishurirwa igikorwa ca Kristo bidufasha. Igice ca 1 & 2. 1. Duha agaciro urupfu rwiwe. Yesaya 53:4-6 "N'ukuri n'izacu ntimba yishizeko, n'iyacu mibabaro yikoreye; ariko tweho twamwiyumviriye nk'uwakubiswe, nk'uwacumiswe n'Imana, akicurikirizwa n'akabonge.…Read more
Imvo zotuma dusaba Imana umutima wo gukenguza. Igice ca 3 March 21, 2024 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Imvo zotuma dusaba Imana umutima wo gukenguza. Igice ca 3 3. Niwo utuma twumva ijwi ry'Imana. 1Samweli 3:10-12 "Maz' Uhoraho araza ahagarara ngaho, aramuhamagara nk'ubga mbere, ati Samweli we! Ewe Samweli! Na we…Read more
Imvo zotuma dusaba Imana umutima wo gukenguza. Igice ca 2 March 20, 2024 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Imvo zotuma dusaba Imana umutima wo gukenguza. Igice ca 2 2. Niwo utuma tubaho dutekanye mw'isi. Abaroma 8: 18-19 "Niyumvira yukw imibabaro y'iki gihe idakwiye kugereranywa n'ubgiza tuzohishurirwa. 19 o Kukw ivyaremwe…Read more