Uturorero tw’abatahuye igihe barimwo bagihagararamwo neza.( igice ca 2) 7 hours ago Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Uturorero tw'abatahuye igihe barimwo bagihagararamwo neza.( igice ca 2) 2. Eliya 1 Abami 18:36-39 "Maz' igihe co gutanga ikimazi ca ni kera kigeze, uwo muvugishwa n'Imana Eliya yigira hafi, aravuga, at' Ewe…Read more
Uturorero tw’abatahuye igihe barimwo bakagihagararamwo neza 1 day ago Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! 1. Esiteri Esiteri 4:14-16 "Kuko ni wapfa kwiyumya mur' iki gihe, nta kizobuza Abayuda gutabarwa bakarokoka, ariko bivuye ahandi; ariko weho n'ab' inzu ya so muzohona. Nta wubizi, kumbure icakwimitse ng'ube umwamikazi n'ukugira ng'uz'…Read more
Twakirane umunezero iri yinga rishasha Imana idushikanyeko 2 days ago Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Twakirane umunezero iri yinga rishasha Imana idushikanyeko. Iri yinga rikaba ariryo kwinjira mû mwidegemvyo ufatiye ku gutahura ibihe tugezemwo. Yohana 8:32 "kandi muzomenya ukuri, kand' ukuri kuzobaha kwidegemvya ." Ukuri turimwo uyu musi n'ukuhe?…Read more
Ibituma dukwiye kwimenyereza gukoreshwa n’Imana ( igice ca 2) January 25, 2023 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Ibituma dukwiye kwimenyereza gukoreshwa n'Imana ( igice ca 2) Niyo iduha ivyo gukora ikongera ikadukoresha. Ivyakozwe n'Intumwa 3:1-8 «Petero na Yohana bariko baraduga baja mu rusengero mu gihe co gusenga, ni co…Read more
Uyu musi tugiye kuraba igituma dukwiye kwimenyereza gukoreshwa n’Imana ? January 24, 2023 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Uyu musi tugiye kuraba igituma dukwiye kwimenyereza gukoreshwa n'Imana ? 1. Dufise isezerano. Habakuki 2: 3 " Kukw ivyerekanywe bifise igihe vyashingiwe, kandi vyihutira kugishikako, ntibizobesha; naho vyotebagana, ubirorere, kuko bitazobura kuza,…Read more
Twakiran’umunezero iyinga rishasha Imana itwinjijemwo. January 23, 2023 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Twakiran'umunezero iyinga rishasha Imana itwinjijemwo. Nkaba ndabifurije ko ryobabera iyinga ryo gutangura gukorera mu rugezo rw'ubushobozi rw'ibihe bishasha Imana yatwinjijemwo. 1 Timoteyo 4:7b-9"Wimenyereze kwubaha Imana; 8 e kuko kwimenyereza kw'umubiri kugira ikimazi kuri bike,…Read more
Uyu n’umusi ugira 5 wo gusenga. January 20, 2023 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Uyu n'umusi ugira 5 wo gusenga. Dusab'Imana kuba abantu bashobora kwakira ibihe bishasha. Yesaya 43:18-19"ati Mwoye kwibuka ivya mbere, kandi ntimwiyumvire ku vya kera. 19 n Ehe ngira nkore ikintu gisha: ko kigira giseruke…Read more
Uyu n’umusi ugira 4 wo gusenga. January 19, 2023 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Uyu n'umusi ugira 4 wo gusenga. Dusenge twakira kurabwa neza ( faveur) mu miryango. Yesaya 61:1c-4"yantumye gutubika imitima imenetse, no kumenyesha abarindwa ko barekuwe, n'imbohe ko zugururiwe; 2 c ngo mmenyeshe abantu umwaka…Read more
Igituma dukwiye gusenga mu gukora ic’Imana itwitezeko. January 17, 2023 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Igituma dukwiye gusenga mu gukora ic'Imana itwitezeko. Niyo itegura aho dukorera, ikatubwira ico gukora, ikongera igakorera muri twebwe. Matayo 28:18-20"Yesu arabegera, arababgira, ati Jewe nahawe ububasha bgose mw ijuru no mw isi.…Read more
Twakirane umunezero iyinga rishasha Imana itwinjijemwo. January 16, 2023 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Twakirane umunezero iyinga rishasha Imana itwinjijemwo. Uyu musi dutanguye urugendo rw'imisi 7 yo gusenga no kwisonzesha. Intumbero n'iyo gusubira guhana amasezerano n'Imana y'ibizoranga uru rugendo rw'umwaka tugiye gukorana nayo kugira tumenye neza, uruhara…Read more