Shalom.
Uyu musi tugiye kurabira hamwe ingaruka nziza zo gushimish'Imana mû vyo tuvuga no mû vyo dukora.
1. Bitum'Imana idushingir'intahe imbere ya Satani nk'uko yabikoze kuri Yobu.
Yobu 1:…
Shalom !
Turakomeza icirwa cacu c'iyi ndwi.
Ejo twabonye intambuko 3 zituma dushobora gushimish'Imana, uyu musi twongererekwo iya 4 ivuga guhagarara neza mw'ibanga ryo kuba intumwa mu gishingo ca Kristo. …
Shalom!
dukomeze kwiga ku bushobozi bwo gushimish'Imana.
Intambuko zo kubushikako:
1. Kwemera kuremerwa muri Kristo Yesu mu kumwakira mu mutima no kurek'ijambo ryiwe rikaduhingura. Abanyefeso 2: 10 "Kuko tur'…
Shalom !
Turashimiy'Imana iyi ndwi twinjiyemwo, tunezerewe no kuyitangurana nayo muri vyose.
Iyi ndwi nkaba ndabifurije kwakira ubushobozi bwo gushimish'Imana mû vyo tuvuga no muvyo dukora.
Ab'i Kolosayi 3:17…
Shalom !
Turakomeza icirwa cacu co gukorera mû rukundo rw'Imana !
Uwundi mutego abantu barwamwo n'ugukora ikintu ar'uko ukibonamwo inyungu ariko udasunitswe n'urukundo.
1 Ab'i korinto 13:4-5a …
Shalom ! Uyu musi tugiye kuraba umutego abantu benshi barwamwo bagatakaza agaciro k'ivyo bakoze.
Matayo 6:1-2 "Mwirinde ntimugakorere ivyiza vyanyu mu maso y'abantu kugira ngo babarabe : ni mwagira murtyo,…
Shalom! Turakomeza kwiga ku gukorera mû rukundo rw'Imana !
Uyu musi tugiye kuraba ingene Imana iha agaciro umutima dukoranye kuruta ubunini bw'ibikorwa.
(Luka 21: 1-4) "Yunamura amaso, abona abatunzi…
Shalom ! Dukomez'icirwa co gukorera mû rukundo rw'Imana !
Uyu musi turabe insobanuro y'iki cirwa.
Igikorwa cose umuntu akora kiba gifis'igituma uwo muntu agikora ( motivation). Iyo mvo rero inyegeje (motivation)…
Shalom! Turashim'Imana iduhaye kubona umusi mwiza n'indwi nshasha!
Iri yinga tugiye kwiga ku gukorera mû rukundo rw'Imana .
1 Ab'i Korinto 13:1-3 " Naho novuga indimi z'abantu n'iz' abamarayika, ariko…
Shalom! Turashim'Imana idushikanye kur'uyu musi witirirwa izina ryayo tugifis'inyota yo kuja gukoranira hamwe n'abandi
Yohana 4:40-42 "Maz' Abasamariya baje ah' ari, baramwinginga ngw agume i wabo ; asibirayo kabiri. 41 Hizera…