Skip to content Skip to sidebar Skip to footer

Shalom ! 

Iman’ishimwe kubw’uyu musi Iman’itwongeye wo kugirirwa neza nayo.

Nuko tuj’imbere yayo hamwe n’abandi ariko dufis’umutima utumbereye kuyitega amatwi no kwakira bishasha kuri yo iriteguye kugaragaza ububasha bwayo.

2 Ngoma 16:9a   Kand’ inyonga z’Uhoraho zinyuranganya mw isi yose hirya no hino, kugira ngo yerekane ububasha bgiwe bgo gutabara abafise imitima imutunganiye.”

Umusi w’Imana mwiza! 

Pasteur Cassien NIKO  

 684 total views,  1 views today

Leave a comment