Shalom!
Umusi ugira 5 wo gusenga.
Kuber'iki dekeneye gusenga no kwisonzesha ? Igice ca 4.
4. Niyo nzira yo kugaruza ivyacu Satani yivye.
1 Samweli 30:3-8 "Nuko Dawidi n'abantu biwe bashitse kur'…
Shalom!
Kuber'iki dukeneye kuyimenya ? Igice ca 4
4. Kugira turushirize kugirirwa ubuntu imbere y'Imana. Kuvayo 33:13 " None rero, ndakwinginze, asangwa nagiriwe ubuntu imbere yawe koko, n'unyereke imigendere yawe, kugira ngo…
Shalom !
Igituma dukwiye gusenga mu gukora ic'Imana itwitezeko.
Niyo itegura aho dukorera, ikatubwira ico gukora, ikongera igakorera muri twebwe.
Matayo 28:18-20"Yesu arabegera, arababgira, ati Jewe nahawe ububasha bgose mw ijuru no mw isi.…
Shalom!
Uyu n'umusi ugira 40 wo gusenga.
N'umusi wo kwiha akamo k'intsinzi.
Yosuwa 6: 15-16 "Maze ku musi ugira indwi, bazinduka mu gaturuturu, bazenguka ico gisagara…
Shalom!
Uyu n'umusi ugira 39 wo gusenga.
Tugiye gukomeza twumviriza umutima w'Imana ku vyerekeye Ishengero.
Itanguriro 6:13-14 "Imana ibarira Nowa, iti Ndamaramaje guherengeteza abari n'umubiri…
Shalom!
Uyu n'umusi ugira 38 wo gusenga.
Uyu musi tugiye kwumviriza ic'Imana ivuga ku miryango.
Matayo 2:13-15 "Bamaze kugenda, umumarayika w'Umwami Imana yiyerekera Yosefu mu nzozi,…
Shalom!
Uyu n'umusi ugira 37 wo gusenga.
Tugiye gukomeza umwanya w'agacerere no kwumviriza ic'Imana ivuga ku mihamagaro yacu.
1 Samweli 3: 9-12 "ni kwo kubarira…
Shalom !
Uyu n'umusi ugira 36 wo gusenga.
Dutanguye indwi y'agacerere ko kwumviriza ic'Imana ivuga kuvyo tumaz'imisi tuyibwira.
Habakuki 2:1-2 "Nzohagarara nshibamye, nje ku munara…
Shalom !
Uyu n'umusi ugira 33 wo gusenga.
Uyu musi dusabire amahoro, itarambere no kugubwa neza aho tubaye.
Zaburi 122:6-9 "Ni musabire Yerusalemu amahoro;Abagukunda batotahare. 7…
Shalom !
Uyu n'umusi ugira 32 wo gusenga.
Uyu musi tugiye kwibutsa Uhoraho Ivyo yadusezeraniye bitarashika.
Yesaya 62:6-7 " Ewe Yerusalemu, nshize abashibamyi hejuru ku nzitiro zawe…