Shalom!
Uturorero tw'abahaye agaciro umugambi w'Imana.
1. Mariya nyina wa Yesu.
Luka 1:30-33 "Umumarayika aramubgira, ati Nta co utinya, Mariya, kuk' ugiriwe ubuntu n'Imana. 31 m Umve, uzosama inda, uvyare umuhungu, kand' uz'…
Shalom!
Ibiranga igihe c'Imana:
Ubwigenge bw'Imana ku bantu no ku bintu.
Luka 19:29-35"Ageze hafi y'i Betifage n'i Betaniya, ku musozi witwa Elayono, atuma babiri bo mu bigishwa, 30 arababarira, ati Muje mur' iriya mihana ir'…