Insobanuro y’umuco w’ijambo ry’Imana June 14, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 1Like Shalom! Uyu musi turabe insobanuro y'umuco w'ijambo ry'Imana ! 1. Yesu we nyene niwe jambo. Yohana 1: 1 "Ubga mbere na mbere Jambo yariho, kandi Jambo yahoranye…Read more
Twakire iyinga rishasha dushimir’Imana June 13, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 2Likes Shalom! Twakire iyinga rishasha dushimir'Imana kuko umusi wose mushasha Imana iba iwuturemeye ngo tuwakiremwo bishasha. Iri yinga tugiye kwiga ku kugendera mû muco w'ijambo ry'Imana. Zaburi 119:105 "Ijambo…Read more
Ibimenyetso vyerekana ko umuntu afis’ubwenge bwo gutahura June 10, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 1Like Shalom ! Uyu musi tugiye kuraba ibimenyetso vyerekana ko umuntu afis'ubwenge bwo gutahura! 1. Umutima wo kwezwa no kuvugutirwa. Daniel 12:10 " Benshi bazotunganywa, bezwe, bavugutirwe; arikw abanyakibi…Read more
Aho dukura ubwenge buzana gutahura ivyanditswe June 9, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 1Like Shalom ! Uyu musi tugiye kuraba aho dukura ubwo bwenge buzana gutahura ivyanditswe. 1. Ubu bwenge buva ku Mana. Abo i Kolosayi 1: 9-10 "Ni co gituma…Read more
Insobanuro y’ubwenge n’igituma tubukeneye June 8, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 1Like Shalom! Uyu musi tugiye kurabira hamwe insobanuro y'ubwenge n'igituma tubukeneye. Hari insobanuro nyishi z'ubwenge, ariko tugiye gufata ubwenge nk'ubushobozi bwo gutahura. Igituma tubukeneye: 1. Bibiliya yanditswe n'intumwa…Read more
Akamaro ko kugir’ubwenge June 8, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 1Like Shalom ! Uyu musi tugiye kuraba akamaro ko kugir'ubwenge. 1. Haba kuzigamwa no kutazimira. Imigani 2: 10-12 "Kuk' ubgenge buzokwinjira mu mutima wawe, …Read more
Turashim’Imana iduhaye umusi mushasha n’indwi nshasha June 6, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 1Like Shalom ! Turashim'Imana iduhaye umusi mushasha n'indwi nshasha ! Mur'iyi ndwi tugiye kwiga ku bwenge. Luka 24: 45 "Maz' abungura ubgenge ngo batahure ivyanditswe. " Yesu imbere…Read more
Turangiza iri yinga, uyu musi tugiye kuraba igikorwa ca Mpwemu yera June 4, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 1Like Shalom ! Turangiza iri yinga, uyu musi tugiye kuraba igikorwa ca Mpwemu yera. 1. Guhinyuza no kwemeza ab'isi ( convaincre le monde ) Yohana 16:8-11 "Uwo ni…Read more
Ikibanza Imana iha uwo ihaye Mpwemu yera June 3, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 1Like Shalom ! Uyu musi tugiye kuraba ikibanza Imana iha uwo ihaye Mpwemu yera ! 1. Iba imwemeje ko ari uwayo bwite! 2 Abo i Korinto 1: 21&22 …Read more
Ibisabwa kugira umuntu yakire ubushobozi bwa Mpwemu yera June 2, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 1Like Shalom! Uyu musi turaba ibisabwa kugira umuntu yakire ubushobozi bwa Mpwemu yera. 1. Kugir'umutima utunganye. Ivyakozwe n'intumwa 8:18-21 "Ariko Simoni, abonye yukw abarambitswekw ibiganza vy'intumwa bahabga…Read more