Shalom!
Intumbero y'urukundo rw'Imana.
Yohana 3:16 "Kuk' urukundo Imana yakunze abari mw isi ari rwo rwatumye itanga Umwana wayo w'ikinege, ng' umwizera wese ntaz' apfe rubi, arikw ahabge ubugingo budashira."
Imana mû…
Shalom!
Twakirane umunezero iyinga rishasha!
Iri yinga tugiye kurimbura ku rukundo rw'Imana.
1 Yohana 3:1-3 " Murabe urukundo uko rungana Data wa twese yatugiriye, ko twitwa abana b'Imana; kandi ni ko turi.…
Shalom !
Akandi karorero k'uwahaye agaciro umugambi w'Imana.
2. Aburahamu.
Itanguriro 12:1-4a "Uhoraho abarira Aburamu, ati Va mu gihugu canyu, no mu muryango wanyu, no mu nzu ya so, uje mu gihugu…
Shalom!
Twakirane umunezero iyinda rishasha.
Iri yinga tugiye kwiga guha agaciro umugambi w'Imana.
Kuvayo 14:13-16 "Mose yishura abantu, ati Nta co mutinya: mwihagararire gusa, murabe agakiza Uhoraho agira ngw…
Shalom!
Igituma dukwiye kwiyambura ibituremera n'icaha(igice ca 2)
2. Har'ubuntu bwo kudushoboza.
TITO 2: 11-14 "Kuk' ubuntu bg'Imana bgaserutse, buzanira abantu bose agakiza, 12 i butwigisha kwikunkumura ukutubaha Imana n'ukwifuza ivy' isi,…
Shalom!
Uyu musi turabire hamwe insobanuro y'icaha gikunda kutwizingirako vuba.
Abaheburayo 12:1" Nuko natwe, ko dukikijwe n'igipfungu c'ivyabona kingana girtyo, twiyambure ibituremera vyose, n'icaha gikunda kutwizingirako vuba , dusiganirwe ivyo twashizwe imbere…
Shalom!
Insobanuro y'uburemere ( stress).
Uburemere (Stress) ni umusunikano uva hanze ugatuma twumva ukudagarara hamwe no kutamererwa neza ku mubiri, tugasanga twarengewe. Uburemere ni kimwe bigize ubuzima bwa misi yose kuko bituruka…
Shalom!
Insobanuro yo kwiyambura ibituremera n'ivyaha.
Matayo 11:28-30 "Ni muze kuri jewe mwese abananiwe n'abaremerewe, ndabaruhura; 29x mwikoreze ingata yanje, munyigireko; kuko nd'umugwaneza, niyoroheje mu mutima; namwe muzoronka uburuhukiro bg'imitima yanyu. 30y…
Shalom!
Turangize iyinga twiga ahar'ibanga ryo kugumana umunezero .
1. Kuronka akanya imisi yose ko kwihererana n'Imana.
Zaburi 5:11 "Ni ho abakwishimiye bazonezerwa, Umunezero uzobatera guhora bashira amajwi hejuru, kuk' ubakingiye, Kandi…
Shalom!
Akamaro ko kugira umunezero w'agakiza. Igice ca 4
4. Utuma umuntu agira amagara meza.
Imigani 17:22 "Umutima unezerewe n'umuti ukiza, Arik' umutima usavye wumisha amagufa."
Umuganga Dr Davidson yakoze ubushakashatsi…