Shalom!
Uyu musi tugiye kuraba inyungu zo kugira umutima umenetse.
1. Imana ibana n'umutima umenetse.
Yesaya 57:15 "Kuk' ukw ari kw Imwe iri hejuru isumba vyose igize, iba…
Shalom !
Uyu musi tugiye kuraba insobanuro y'umutima umenetse, ujanjaguritse.
1. Umutima wihana.
Iyo umuntu yakoze icaha, umutima urababara, uwo mubabaro usunikira umuntu kwicuza no kuj'imbere y'Imana…
Shalom!
Turashimiy'Imana kw'iyinga rishasha idushikanyeko
Iri yinga tugiye kwiga ku gushikanir'Imana imitima imenetse.
Zaburi 51:17 "Ibimazi Imana ishikanirwa n'umutima umenetse; Umutima umenetse, ujanjaguwe, Mana, ntuzowukengera. "…
Shalom!
Turangize iri yinga twibukanya ko Yesu, umutabazi wacu, ariwe Omega, niwe afise ijambo rya nyuma kuri vyose.
Ivyahishuriwe Yohana 1:4-8 "Jewe Yohana ndabandikiye mwebge abo mu mashengero…
Shalom!
Uyu musi tugiye kuraba inyifato nziza mû gihe co gutabarwa.
1. Gukora ico Yesu atubwiye.
Yohana 11:39-44 "Yesu aravuga, ati Ni mukureh' iryo buye. Marita mushiki w'uwapfuye, aramubgira,…
Shalom !
Uyu musi tugiye kuraba ibituma twotabaza Yesu.
1. Acecekesha ibidutey'ubwoba.
Luka 8:22-24 "Ku musi umwe mur' iyo atambukira mu bgato, bo n'abigishwa biwe, arababgira, ati…
Shalom !
Uyu musi tugiye kuraba ibisabwa kugira Imana itabare:
1. Kuyambaza.
Zaburi 118:5 "Hamwe nari mu mubabaro, nambaje Uhoraho: Uhoraho aranyitaba, anshira ahantu hagutse. "…
Shalom!
Turashimiy'Imana kubw'iri yinga rishasha dutanguye.
Iri yinga n'iryo gutabarwa n'Imana.
Gusubira mû vyagezwe 33:26 "Nta gihwanye n'Imana yawe, ewe Yeshuruni x,
Iza ireruwe n'ijuru, izanywe no kugutabara,…
Shalom!
Uyu n'umusi ugira 40 wo gusenga.
N'umusi wo kwiha akamo k'intsinzi.
Yosuwa 6: 15-16 "Maze ku musi ugira indwi, bazinduka mu gaturuturu, bazenguka ico gisagara…
Shalom!
Uyu n'umusi ugira 39 wo gusenga.
Tugiye gukomeza twumviriza umutima w'Imana ku vyerekeye Ishengero.
Itanguriro 6:13-14 "Imana ibarira Nowa, iti Ndamaramaje guherengeteza abari n'umubiri…