Shalom!
Uyu n’umusi ugira 40 wo gusenga.
N’umusi wo kwiha akamo k’intsinzi.
Yosuwa 6: 15-16 “Maze ku musi ugira indwi, bazinduka mu gaturuturu, bazenguka ico gisagara nk’uko bahora, bashitsa ibihetangabo ndwi: kur’ uwo musi ni ho bakizengutse gushikana indwi. 16 Maze ku muzenguko ugira indwi, ba baherezi bakiriko baravuza za nzamba, Yosuwa abarira abantu, ati Ni mwihe akamo, kuk’ Uhoraho abahaye iki gisagara.“
Uyu musi utuber’umusi wo kusubiza amaso inyuma kuva ku musi wambere, ivyo twasengeye, turabe ibikiduhagaze imbere nk’ibisika vy’i Yeriko.
Ku mugoroba tuze kurangiza umusi twiha akamo imbere y’ivyo vyose bigisigaye, tubibwira ubukuru bw’Imana yacu nka kumwe Dawidi yegera Goriyati amubwira ubukuru bw’Imana ya Isirayeri.
1 Samweli 18:45-47 “Dawidi yishura uwo Mufilisitiya, at’ Uje kundwanya ufise inkota n’icumu n’agakobero, ariko jewe nje kukurwanya mw izina ry’Uhoraho Nyen’ ingabo, Imana y’ingabo z’Abisirayeli wacokoye. 46 r Uyu musi Uhoraho arakugabuye mu maboko yanje; ngira nkwice, nguce izosi; kand’ imivyimba y’ingabo z’Abafilisitiya ngira ndayigaburire ibisiga vyo mu kirere n’ibikoko vyo mw ishamba, kugira ngw isi yose imenye ko mu Bisirayeli har’ Imana; 47 s kand’ iri koraniro ryose rimenye yuk’ Uhoraho adakirisha inkota cank’ icumu, kukw intambara ar’ iy’ Uhoraho, kandi ni we agira abagabure mu maboko yacu.“
Mû gushira hejuru ubukuru bw’Imana yacu nico dukwiye kurangirizako amasengesho kandi nk’uko inzitiro z’i Yeriko zasenyutse niko n’ivyo bisigaye biza gusenyuka imbere yawe winjire mû masezerano yawe.
Yesaya 43:19-21 “Ehe ngira nkore ikintu gisha: ko kigira giseruke ubu, mbega ntimuzokimenya? Nzoca inzira no mu bugaragwa, ntembeshe inzuzi ahagadutse. 20 o Ibikoko vyo mw ishamba bizonyubaha, bo n’imbgebge n’ibisiga vyitwa imbuni, kuko ntanze amazi mu bugaragwa, ngatembesha inzuzi ahagadutse, kugira ngo nnyweshe abantu banje, bamwe natoranije, 21 p Abantu niremeye kugira ngo bamenyekanishe ishimwe ryanje.“
Umusi mwiza!
Pasteur Cassien NIKO
196 total views, 3 views today
31 Comments
Kymrll
avlosulfon 100 mg cost cheap avlosulfon 100 mg buy tenormin 100mg
Idxhls
generic simvastatin 10mg order promethazine online cheap sildenafil on line
Xccova
buy cefdinir 300 mg generic omnicef 300 mg pantoprazole canada
Rsffak
order oxybutynin 5mg generic cost tacrolimus 5mg cost trileptal 600mg
Nozewe
imuran 50mg uk order telmisartan 80mg online cheap naproxen online order
Ymcaqw
order avodart sale keflex 125mg over the counter xenical sale
Ccjghk
buy doxycycline 100mg sale buy levitra 10mg pills order acyclovir
Ezxalb
order provigil online cheap buy provigil sale order metoprolol 100mg online
Dhvvrh
prednisolone 10mg pill furosemide 100mg tablet cheap furosemide 40mg
Wablbp
purchase albuterol purchase albuterol online augmentin 625mg over the counter
Ogsyci
order absorica pills order azithromycin 500mg sale buy zithromax 500mg generic
Tgjyjj
buy zofran 4mg generic order amoxil 250mg online cheap buy trimethoprim pills
Coczuf
stromectol medicine ed pills online deltasone 20mg oral
Tnlpki
cheap erectile dysfunction pills online buy fildena 50mg for sale proscar without prescription
Jmaroe
accutane over the counter buy ampicillin 250mg without prescription ampicillin tablet
Fyudqt
order deltasone 10mg sale prednisone 40mg drug amoxil brand
Sbelke
buy clomid sale prednisolone 40mg over the counter prednisolone 10mg generic
Cjnalk
order modafinil online stromectol 6mg uk phenergan tablet
Fjiumg
glycomet ca buy nolvadex 10mg without prescription order generic tamoxifen 10mg
Rwupkj
order generic cialis 20mg herbal ed pills cheap ed pills
Izerch
buy generic minocin terazosin 1mg usa order terazosin 5mg pills
Xkybii
buy cialis 10mg for sale Cialis woman buy sildenafil 50mg for sale
Duwttk
nexium pill clarithromycin 500mg generic buy furosemide generic
Tpwncw
order fenofibrate 160mg without prescription order sildenafil 50mg sale viagra cheap
Iioyby
tadalafil 20mg over the counter clopidogrel 150mg uk generic trimox 500mg
Yaequv
purchase pepcid buy pepcid 20mg generic remeron 30mg usa
Winqxs
order doxycycline 100mg pill methylprednisolone 16 mg without prescription methylprednisolone for sale online
Pirngl
buy nortriptyline 25mg online cost paracetamol 500mg buy paroxetine 10mg
Kdhacm
lanoxin 250 mg drug order telmisartan 80mg online cheap molnunat pills
Wtwamu
cheap diamox 250mg buy diamox 250 mg purchase imuran
Yhivtl
lanoxin 250 mg drug lanoxin 250mg without prescription order molnunat 200mg pills