Shalom! Turabe ingaruka nziza zo kwiyegurira Imana.
1. Bituma umuntu agira agaciro imbere y'Imana.
Yesaya 43:1-4"Ariko none, uku ni k'Uhoraho agize, uwakuremye, yewe Yakobo, kand' akakubumba, yewe Isirayeli, ati Ntutinye, kuko nagucunguye, naguhamagaye izina, ur' uwanje. 2 b…
Shalom!
Abo i Galatiya 2:20 "Nabambanywe na Kristo, ariko ndiho; yamara si jewe nkiriho, ni Kristo ariho muri jewe. Ivyo nkora vyose nkiriho mu mubiri mbikoreshwa no kwizera Umwana w'Imana yankunze, akanyigura.…
Shalom!
Ibituma dukwiye kuririmbira Uhoraho indirimbo nsha. ( igice ca 3).
4. Kuko kugeza n'ubu Uhoraho adutabara.
1 Samweli 7:10-14 "Samweli akirikw arosa ico kimazi, Abafilisitiya…
Shalom!
Ibituma dukwiye kuririmbira Uhoraho indirimbo nsha.( igice ca 2)
3. Kuko Uhoraho ahangamye.
Zaburi 97:1-6 " Uhoraho arahangamye; isi n'ihimbarwe; Ibizinga vyo mu kiyaga binezerwe uko bingana. 2…
Shalom!
Ibituma dukwiye kuririmbira Uhoraho indirimbo nsha.
1. Kuko Uhoraho ahambaye.
Zaburi 96:4-6 "Kuk' Uhoraho ahambaye, abereye gushimwa cane: N'uw' igitinyiro kuruta ibigirwamana vyose. 5…
Shalom!
Kuber'iki iri yinga rikwiye kuba iry'umunezero?(igice ca 4)
5. Yesu yazanye impiduka mû masengero.
Mariko 1:21-28 "Bashika i Kaperinawumu, aca yinjira mw isinagogi kw isabato,…
Shalom!
Kuber'iki iri yinga rikwiye kuba iry'umunezero ? ( igice ca 3)
3. Kwakira Yesu ni kwakira ububasha.
Yohana 1:11-12 "yaje mu vyiwe, arikw abiwe ntibamwakiriye.…
Shalom!
Kuber'iki iri yinga rikwiye kuba iry'umunezero( igice ca 2)
2. Yesu yaje ar'umuco wirukana igitutu c'urupfu.
Matayo 4:13-16 "Yimuka i Nazareti, aja kuba i Kaperinawumu hafi y'ikiyaga…
Shalom!
Kuber'iki iri yinga rikwiye kuba iry'umunezero?
1. Yesu yaje guhindurira ibihe abantu.
Yesaya 61: 1-3 "Mpwemu w'Umwami Uhoraho ari kuri jewe, kuk' Uhoraho yandobanuje amavuta…
Shalom!
Twakirane umunezero iri yinga ritwinjiza kuri Noël.
Noël itwibutsa aho isi yagenderwa n'Imana biciye kuri Yesu Kristo yambaye umubiri biciye muri Mariya akaza kubana natwe ari Imanuweli "…