Shalom !
Ibitubako iyo twahuye n'Imana.
1. Turahinduka.
Kuvayo 34:29-30 "Mose amanuka uwo musozi Sinayi, afise mu minwe vya bisate vyompi birikw Ibishinga intahe; kand' aho…
Shalom !
Ico dusabwa kugira tubone izindi nzira z'Imana .
1. Kuja ku rundi rugezo rw'impwemu.
Kuvayo 34:2 "Ejo mu gatondo buce witeguye, uz' uduge umusozi Sinayi mu…
Shalom!
Uyu musi tugiye kurabira hamwe insobanuro y'inzira y'Imana.
Mariko 1:2-3 "Nk'uko vyanditswe na Yesaya yavugishwa n'Imana, Ng' Umve, ngira ntume integuza yanje imbere y'amaso yawe, Ikuroranirize inzira.…
Shalom !
Turashimiy'Imana kubw'iyi ndwi nshasha Imana idihaye .
Nkaba ndabifurije ko iri yinga ryoba iryo kubona inzira nshasha z'Imana kugira turushirizeho kuyimenya.
Kuvayo 33:13 "None rero, ndakwinginze,…
Shalom !
Turangize iri yinga dusab'Imana guhinduka ku bijanye n'imvugo.
1. Kugira amajambo yacu abe ayo gukuza abandi.
Abanyefeso 4:29-32 "Ntihaze hagire ibiyago bibi biva mu…
Shalom!
Twige guha agaciro ivy'Imana iha agaciro no kwanka ivyo yanka.
Imigani 6: 16-19 "Har' ibintu bitandatu Uhoraho yanka, Mbere n'indwi bimusesema:17 k Amaso y'ubgibone n'ururimi rw'ibinyoma, N'amaboko…
Shalom!
Ico gukora buri musi ngo tuguman'imigenderanire myiza hagati yacu n'Imana.
1. Kurinda imitima yacu.
Imigani 4:23-24 "Rinda umutima wawe kurusha uko worinda ikindi cose, …
Shalom!
Uyu musi tugiye kuraba ubugombe bw'Imana ku kanwa kacu.
1. Akanwa kacu ntigakwiye kuvamwo umuvumo.
Yakobo 3:10-11 "mu kanwa kamwe havamw' umuhezagiro n'umuvumo. Bene Data,…
Shalom!
Uyu musi tugiye kuraba uruhara rw'akanwa n'umutima ku gukizwa.
Abaroma 10:8-10 "Ariko kwavuze gute? Kwavuze kut' Ijambo riri hafi yawe, riri mu kanwa kawe no mu mutima…
Shalom!
Uyu musi tugiye kuraba ico gukora buri musi ngo dushobore gutanga ivy'Imana yadushizemwo.
1. Kwiha Imana.
2 Timoteyo 2:15 "Wame ugira umwete wo kwiha Imana nk'uwamaze kurama,…