Insobanuro yo Ukwizera July 26, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Uyu musi tugiye kurabira hamwe insobanuro yo Ukwizera. Abaheburayo 11:1 " *Ukwizera n'ukumenya rwose ivyizigirwa, udakekeranya ngo ntibizoba, kand' ibitabonwa ni kwo kubitumenyesha kw ar' ivy' ukuri.…Read more
Iyi ndwi tugiye kurabira hamwe ibanga ryo kuzigama ukwizera July 25, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Turashim'Imana kubw'iyi ndwi nshasha dutanguye. Iyi ndwi tugiye kurabira hamwe ibanga ryo kuzigama ukwizera. 2 Timoteyo 4:7 "narwanye intambara nziza, narangije urugendo, nazigamye ukwizera ."…Read more
Ibintu bigaragaza ko umuntu yiyeguriye Imana July 23, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Uyu musi tugiye kuraba ibintu bigaragaza ko umuntu yiyeguriye Imana. 1. Umutima wo kwumvir'Imana . Itanguriro 6: 22 "Nuko Nowa abigenza artyo: ukw Imana yamubariye…Read more
Ingaruka nziza zo kwiyegurir’Imana July 22, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Uyu musi tugiye kurabira hamwe ingaruka nziza zo kwiyegurir'Imana. 1. Bituma ugukorer'Imana kwacu kuba ukw'ikimazi. Abaroma 12:1 "Nuko bene Data, ndabahanura kubg' imbabazi z'Imana, ngo mutange…Read more
Igituma duhamagarirwa kwiyegurir’Imana July 22, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Uyu musi tugiye kuraba igituma duhamagarirwa kwiyegurir'Imana. 1. Kuberako dusangiye ubwoko n'abera. Abanyefeso 2:19 "Nuko ntimukir' abashitsi n'akavantara, ariko musangiye ubgoko n'abera, mur' abo…Read more
Kwiyegurir’Imana nk’umuryango ( famille restreinte) July 20, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Turakomeza kwiga ku kwiyegurir'Imana. Uyu musi tugiye kuraba ku kwiyegurir'Imana nk'umuryango ( famille restreinte ). 1. Akarorero ka Yosuwa. Yosuwa 24:14 - 16 "None rero…Read more
Insobanuro yo kwiyegurir’Imana July 19, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Turakomeza kwiga ku kwiyegurir'Imana. Uyu musi tugiye kuraba insobanuro yo kwiyegurir'Imana. Hari insobanuro nyishi ariko ico tugiye gufata ni " ukubaho ubuzima buhuriranye n'ic'Imana yateguriye ko tuba…Read more
Iri yinga tugiye kwiga kukwiyegurir’Imana ( la consécration) July 18, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Turashim'Imana iduhaye gutangur'iyinga dukomeye. Iri yinga tugiye kwiga kukwiyegurir'Imana ( la consécration). 2 Abo i Korinto 8: 1-5 "Bene Data, turabamenyesha ubuntu bg'Imana amashengero y'i Makedoniya…Read more
Ico gukora uburi musi ngo tugendere mû bubasha twasezeraniwe July 16, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Turangiza iri yinga, turabire hamwe ico gukora uburi musi ngo tugendere mû bubasha twasezeraniwe. 1. Guha ikibanza Yesu mû rugendo rwa buri musi. Matayo 28:20b …Read more
Ibanga ryo kugumana ubushobozi July 16, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Uyu musi tugiye kuraba ibanga ryo kugumana ubushobozi. 1. Ugusenga. Matayo 4:1-2 "Buno Yesu aduganwa na Mpwemu mu bugaragwa ngw ageragezwe n'Umurwanizi. 2 c Amaze…Read more