Shalom!
Turashim’Imana iduhaye gutangur’iyinga dukomeye.
Iri yinga tugiye kwiga kukwiyegurir’Imana ( la consécration).
2 Abo i Korinto 8: 1-5 “Bene Data, turabamenyesha ubuntu bg’Imana amashengero y’i Makedoniya yagiriwe. 2 Bakigeragezwa n’amarushwa menshi, umunezero wabo w’akaburarugero, n’ubgoro bgabo butagira iyo buherwa, vyarushirije kuzana ubutunzi bg’ivy’ ubuntu bgabo. 3 Kubgabo baratanze nk’uko bashoboye, ndabibashingira intahe, kandi n’ukurusha ivyo bashoboye, 4 b badusaba binginga cane kubatera iteka kugira ngo bafatanye n’abagaburira abera. 5 Kandi si nk’uko twabiziga gusa, ariko babanje kwitanga biha Umwami wacu, natwe nyene baratwiha, nk’ukw Imana yagomvye.“
Nk’uko ab’i Makedoniya bakoze, imbere yo kwitanga mû bikorwa vyo gushigikira igikorwa c’Imana babanje kwih’Imana ubwabo.
Kandi biragaragara ko arivy’Imana igomba v5. Iyo habaye kwiyegurir’Imana, umuntu ashigikira ibikorwa bindi vyoroshe, kuko Imana y’urukundo kandi ariyo nyene Rukundo imusunikira kwitangir’abandi anezerewe nk’uko Kristo nawe yatwitangiye.
2 Abo i Korinto 8:9 “Kuko muzi ubuntu bg’Umwami wacu Yesu Kristo, yuko naho yar’ umutunzi, yahindutse umworo kubganyu, kugira ng’ubgoro bgiwe bubatungishe.“
Ndabifurije ko iri yinga ryodushikana twese gusubira kwiha Imana imbere yo kwitanga kubw’ibindi bikorwa vyo gushigikira igikorwa cayo.
Umusi mwiza n’indwi nziza!
Pasteur Cassien NIKO
966 total views, 3 views today
31 Comments
Riafcg
oral avlosulfon order mesalamine order atenolol 50mg without prescription
Zxaotx
simvastatin 10mg uk order zocor without prescription sildenafil women
Gbdhxt
buy omnicef generic order omnicef 300mg online cheap cost pantoprazole 40mg
Cujpfi
oral ditropan oxcarbazepine 600mg usa oxcarbazepine over the counter
Ayyvla
order inderal 20mg without prescription coreg 6.25mg pills order generic coreg 6.25mg
Bmlywg
generic azathioprine 50mg naprosyn 500mg usa naproxen medication
Dvbqet
avodart 0.5mg sale cephalexin 500mg sale cheap orlistat 60mg
Dlcopg
buy generic doxycycline 200mg purchase vibra-tabs pill acyclovir without prescription
Hgcvkh
provigil brand cost provigil lopressor pills
Aggrzj
generic prednisolone 40mg prednisolone for sale order generic lasix 40mg
Kysaoj
buy albuterol inhaler synthroid 100mcg price buy clavulanate pills
Wcmmmv
buy generic accutane 10mg amoxil 250mg us buy zithromax 500mg pill
Dppfar
zofran 8mg price order ondansetron purchase bactrim generic
Cpydpd
generic stromectol for humans buy stromectol 12mg deltasone 20mg tablet
Hhuhcp
fildena ca buy pregabalin 150mg pill proscar 5mg brand
Dqagig
accutane 40mg for sale prednisone without prescription brand ampicillin 250mg
Nrfogg
prednisone generic amoxicillin 500mg price cheap amoxicillin pills
Xouktt
purchase serophene sale order prednisolone 20mg sale brand prednisolone 5mg
Wjyfti
purchase provigil sale buy modafinil 200mg pills order generic promethazine
Ilhpqi
buy glycomet 500mg pill order glucophage for sale buy tamoxifen 20mg generic
Homhla
cialis 5mg tablet buy ed medications online buy ed medications online
Lpuopn
order minocin sale neurontin 800mg generic terazosin 1mg for sale
Xbxnej
cialis 5mg us Cialis on line purchase buy generic viagra 50mg
Regwgj
order ropinirole 2mg online cheap buy ropinirole online cheap buy trandate 100 mg online
Kgfqyv
buy tadalafil 20mg pill buy tadacip 10mg generic brand amoxicillin 250mg
Zyeswj
order famotidine without prescription famotidine 40mg canada buy mirtazapine 30mg
Nyfaep
doxycycline usa buy doxycycline for sale medrol online order
Rfnnzm
purchase nortriptyline for sale paroxetine brand paxil pills
Odggaa
buy indomethacin 75mg generic tamsulosin order online cenforce generic
Kieodn
buy lanoxin telmisartan 80mg uk molnunat canada
Gvjtha
diamox 250 mg oral order imdur 20mg generic azathioprine cheap