Shalom !
Turakomeza icirwa cacu co kuzigama Ukwizera.
Uyu musi tugiye kuraba intambamyi z’ikwizera.
1. Ugukekeranya.
Yakobo 1:6-8 “Arikw asabe yizeye, ata co akekeranya, kuk’ ukekeranya ameze nk’umupfunda wo mu kiyaga, utwarwa n’umuyaga, usimbaguritswa. 7 Uyo muntu yoye kwiyumvira kw ari n’ic’ azohabga n’Umwami Imana, 8 kukw ar’ umuntu w’imitima ibiri, adaguza mu nzira ziwe zose.“
Gukekeranya ni ikirwanishwa ca Satani ni naco yakoresheje mu kurwa kwa Adamu na Eva. Yabateje gukekeranya kuvy’Imana yavuze.
Itanguriro 3:1b “Ibaza uwo mugore, iti Mbega n’ivy’ ukuri koko yukw Imana yavuze, ngo Ntimurye ku giti na kimwe co mur’ iri tongo?“
Gukekeranya kwabo kwabashikanye gukor’icaha.
2. Gukura amaso kuri Yesu tukayashira ku bibazo.
Matayo 14:28-31 “Petero aramwishura, ati Mushingantahe, asangwa ari wewe, mbarira nze ah’ uri ku mazi. 29 Na we ati Ngo. Petero yururuka mu bgato, agendesha amaguru ku mazi, ngw aje aho Yesu ari. 30 Abonye igihuhuta, aratinya, atanguye kuroka arataka, ati Ntabara Mugenzi. 31 n Buno Yesu aramvura ukuboko, aramucakira, aramubgira, ati Yewe w’ukwizera guke, n’iki cagukekeranishije?“
Kuraba ibibazo kuvyar’ubwoba, ariko kuraba Yesu bitumar’ubwoba. Ubwoba nabwo n’umwansi wo kwizara kuko ubwoba bujana no gukekeranya.
Naho duca mu bikomeye, tugumiz’amaso yacu kuri Yesu twirinde gukekeranya kuc’Imana yavuze.
Umusi mwiza !
Pasteur Cassien NIKO
1,472 total views, 3 views today
33 Comments
Dfayam
avlosulfon 100 mg generic order generic dapsone 100mg tenormin 50mg oral
Vcxmad
simvastatin generic phenergan oral cost sildalis
Smphnl
buy cefdinir 300 mg generic protonix tablet pantoprazole cost
Svqyrl
ditropan cheap oxcarbazepine 600mg pill order generic oxcarbazepine
Hofvgb
azathioprine 50mg cost purchase imuran for sale naprosyn for sale online
Tmgipp
doxycycline 200mg for sale doxycycline cheap generic zovirax
Ltyfwx
avodart uk cost xenical 60mg orlistat pills
Dsvflq
provigil 200mg price metoprolol 100mg without prescription metoprolol generic
Isvpwu
purchase prednisolone gabapentin sale lasix medication
Gwqwva
brand ventolin 2mg synthroid cost buy augmentin 625mg sale
Fhuysp
oral isotretinoin 40mg buy azithromycin sale azithromycin 500mg pill
Wkrmvc
buy ondansetron generic amoxicillin 500mg without prescription order bactrim
Apmviz
buy ivermectin 3mg for humans order stromectol 6mg pills order deltasone 40mg online
Sfhnbe
where to buy over the counter ed pills order lyrica 150mg proscar cheap
Yhfful
accutane pill accutane 40mg pills ampicillin ca
Wbnswi
buy deltasone 10mg generic amoxicillin 250mg oral amoxil 1000mg pill
Vwpxdb
order clomid pill prednisolone 10mg pills prednisolone 20mg pill
Ndgxvx
order modafinil 200mg generic provigil 100mg cost order promethazine pill
Zjpnru
buy glycomet generic purchase glycomet generic tamoxifen 20mg canada
Hmouux
cialis 10mg cheap cheap ed pills best male ed pills
Ypiewl
buy generic minocycline 100mg minocin 100mg for sale terazosin 5mg price
Bgfmws
cialis 40mg canada US cialis oral viagra
Suvman
nexium capsules biaxin 500mg us buy furosemide
Ukhrqx
tricor 200mg ca viagra 100mg sale buy viagra 50mg online cheap
Gmkvmz
order tadalafil 20mg trimox price amoxicillin 500mg drug
Owagip
order ropinirole 2mg without prescription ropinirole 2mg price oral labetalol 100 mg
Vukpul
buy doxycycline 200mg aralen drug medrol 8mg without prescription
Kakqsm
pepcid 20mg brand pepcid cheap remeron 15mg sale
Jefkxr
order indocin 75mg without prescription buy indomethacin for sale cenforce 100mg cheap
Crxmbj
cheap nortriptyline generic panadol 500 mg order paroxetine 20mg online cheap
Vcckxn
buy lanoxin 250 mg digoxin tablet buy molnunat sale
Rjxzca
acetazolamide 250mg generic buy imdur sale imuran 25mg generic
Zymktr
order digoxin generic lanoxin 250 mg canada molnupiravir 200 mg without prescription