Skip to content Skip to sidebar Skip to footer

Shalom!

Uyu musi tugiye kuraba igituma dukwiye kwimenyereza gukoreshwa n’Imana ?

1. Dufise isezerano.

Habakuki 2: 3 Kukw ivyerekanywe bifise igihe vyashingiwe, kandi vyihutira kugishikako, ntibizobesha; naho vyotebagana, ubirorere, kuko bitazobura kuza, ntibizoteba.”

Har’ic’Imana yavuganye natwe kandi kandi ikintu cose kikaba gifise igihe Imana yashinze ko kizoshitswa.

Iyatubwiye ko itwinjije mu bihe bishasha n’iyo kwizerwa, umwimenyerezo wo mu buryo bw’Impwemu utuma tugira inyifato ijanye n’igihe ca none tugezemwo, kandi kubu kagategura kazoza.

Kuvyakira bidushoboza kubaho uko Imana ishaka, kuko tubeshwaho no kwizera.

Habakuki 2:4 Raba, umutima wiwe urikakishije, ntutunganye: arik’ umugororotsi azobeshwaho n’ukwizera kwiwe .

Umusi mwiza !

Pasteur Cassien NIKO

 47 total views,  1 views today

Leave a comment