Shalom !
Uyu n’umusi 30 wo gusenga
Uyu musi tugiye gushingura akarimbi kose Satani yadushingiye.
Kuvayo 8:28 “Farawo aramwishura, ati Ndabaretse mugende, kugira ngo mushikanire Uhoraho Imana yanyu ibimazi mu bugaragwa: mugabo ntimuje kure cane; kandi munsabire.“
Abakristo benshi babayeho ubuzima bwo kudashika kure mû kunywana na Kristo. Barasenga ariko ntibashika kure, barakizwa ariko ntibahinduka, barasoma ijambo ry’Imana canke bakaryumva ariko ntibarigira ubuzima bwabo, benshi baguma mû kibanza co hagati na hagati, bahisemwo ubuzima bw’akazuyazi.
Uyu musi dutahure ko ubwo buzima ataribwo uwaducunguye adushakamwo, arashaka ko dushika kure mû kumumenya no kunywana nawe, tukabaho twidegemvya muvyo dukora canke vyose, uyu musi dushingure akarimbi ( limitation) umwansi yadushingiye. Ntidukorere mû buja bwiwe.
Zaburi 137:1-3 “Ku nzuzi z’i Babuloni Ni ho twahora twicara, mbere tugaturika tukarira, Twibutse i Siyoni. 2 Ku biti vyaho Ni ho twari tumanitse inanga zacu. 3 Kukw abatwambukanye tur’ inyagano batugomberakw indirimbo aho hantu, Abatugaraguza agati batugombakw akanyamuneza, Bati Ni muturirimbire ku ndirimbo z’i Siyoni. 4 Mbega tworirimba dute indirimbo y’Uhoraho Turi mu mahanga?“
Turwan’urwo rugamba rw’impwemu twibohore.
2 Abo i Korinto 10:4 “kukw ibirwanishwa vy’intambara yacu atar’ ivyo mu buryo bg’umubiri, arikw imbere y’Imana bifise ubushobozi bgo gushingura akarimbi,“
Umusi mwiza !
Pasteur Cassien NIKO
160 total views, 5 views today
31 Comments
Zvxhma
cheap dapsone 100mg asacol pills buy atenolol 50mg
Trsrrl
order zocor 20mg promethazine 25mg canada sildenafil 50mg for sale
Gtqjuj
order omnicef without prescription pantoprazole for sale order protonix 20mg for sale
Rwpyyf
purchase ditropan online oral oxybutynin 2.5mg brand oxcarbazepine
Gnnube
order generic azathioprine 25mg telmisartan 20mg canada naprosyn uk
Rtelot
buy doxycycline 200mg pills acyclovir ca buy generic acyclovir 800mg
Fizhrg
order avodart 0.5mg online cephalexin price xenical 120mg pill
Ltseqi
cost prednisolone 10mg order lasix online cheap lasix 40mg uk
Cwwgfg
modafinil 200mg drug lopressor online buy medication to stop heart attack
Zqjwfl
buy generic albuterol 4mg augmentin cheap augmentin 1000mg over the counter
Xykbha
generic accutane 20mg order isotretinoin 20mg online cheap generic azithromycin 250mg
Bivjuc
zofran 4mg pills buy amoxil 500mg generic bactrim uk
Guirch
ivermectin 12mg oral non prescription ed drugs prednisone 20mg uk
Nvgwnr
order generic sildenafil order fildena online cheap cost propecia
Bfgzkq
accutane 10mg usa order generic prednisone 20mg ampicillin generic
Xskvbq
order prednisone 5mg buy deltasone 20mg amoxil uk
Yxudot
purchase serophene order clomiphene 100mg pills order prednisolone 10mg pill
Oeetbh
order provigil 200mg pills stromectol pills for humans order promethazine sale
Wffxdk
glycomet 1000mg tablet cheap tamoxifen order tamoxifen 10mg for sale
Ufgjua
cialis pharmacy approved viagra buy ed medication online
Nantvf
minocycline 50mg pills terazosin 1mg cheap terazosin over the counter
Nohbhq
buy cialis 20mg without prescription Buy cialis online without prescription buy sildenafil for sale
Arnfcs
purchase nexium pills order lasix 40mg order lasix 100mg pills
Wlsywg
fenofibrate online buy cheap viagra for sale cheap sildenafil tablets
Fovrnd
tadacip 20mg cheap tadalafil 10mg sale oral trimox 250mg
Qmhfhe
purchase famotidine order generic pepcid 20mg order remeron 30mg
Nyfrhd
buy indomethacin 75mg capsule brand indomethacin 50mg cenforce 50mg uk
Snhktv
nortriptyline 25mg price buy nortriptyline paxil tablet
Ccrxav
digoxin 250 mg tablet buy molnunat generic buy molnunat 200 mg online
Bmubgd
order generic acetazolamide 250mg imdur cheap order imuran generic
Uernhx
lanoxin 250mg cheap buy generic digoxin molnunat us