Shalom!
Uyu musi n’umusi wo gushimir’Imana ku rugendo rw’imisi 40 irangiye yo gusenga.
Zaburi 138:1-5 “Ndagushimisha umutima wose;Ndakuririmbira ishimwe imbere y’ivyitwa imana.
2 b Ndasenga ntumbereye urusengero rwawe rwera,Nshimira izina ryawe imbabazi zawe n’ukuri kwawe:Kuko washize hejuru ijambo ryawe n’izina ryawe Kubirutisha ibindi vyose. 3 Umusi nagutakambiyeko waranyishuye, Undemeshesha gusubiza intege mu mutima wanje.
4 c Uhoraho, abami bo mw isi bose bazogushima, Kuko bumvise amajambo yo mu kanwa kawe.
5 Mbere bazoririmba inzira z’Uhoraho, Kukw icubahiro c’Uhoraho ar’ agahambaye.“
Imana yagaragaje imbabazi n’ukuri kwayo, yatumye ijambo ryayo , harabayeho kuremeshwa mw’ijambo ryiwe,…
Iki nico kidutera kwizera no kenezererwa ibiri imbere muri 2024.
Matayo 21:22 “Kand’ ivyo muzosaba vyose musenze, mwizeye, muzobihabga.“
Umusi mwiza !
Pasteur Cassien NIKO