Shalom!!
Uyu n’umusi ugira 26 wo gusenga.
Uyu musi dusengere ubumwe bw’Ishengero.
Ivyahishuriwe Yohana 7:9 “Hanyuma y’ivyo mbona ishengero ryinshi, ata woshobora kuriharura, bo mu mahanga yose n’imiryango yose n’amoko yose n’indimi zose, bahagaze imbere y’iyo ntebe n’imbere y’Umwagazi w’Intama, bambaye imvune zera, bari n’amashami y’ibigazi mu minwe:“
Naho kuri ino si hari ibitandukanya abantu vyinshi, amahanga, imiryango, amoko, indimi,… Ishengero Kristo yapfiriye ni rimwe kandi imperuka rizoja kubana n’uwaricunguye mw’ijuru ibihe bidashira.
V13-V17 “Umwe muri ba bakuru arambaza, at’ Aba bambaye imvune zera ni ba nde, kandi bavuye hehe? 14 g Ndamwishura, nti Mugenzi, ni wewe wobimenya. Arambgira, at’ Aba n’abavuye muri wa mubabaro mwinshi, kandi bamesuye imvune zabo bazezesha amaraso ya wa Mwagazi. 15 h Ni co gituma baba imbere y’intebe y’Imana, bakayikorera mu rusengero rwayo ku murango no mw ijoro: kand’ Ivyagiye kur’ irya ntebe izosanza ihema ryayo hejuru yabo. 16 i Ntibazoba bakigira inzara ukundi, kandi ntibazoba bakigira inyota ukundi, kand’ izuba ntirizobarabika cank’ indugumba yose, 17 j kuko wa Mwagazi ari hagati ahahanganye n’iyo ntebe, azobaragira, kand’ azobashora ku masoko y’amazi y’ubugingo; kand’ Imana izohanagura amosozi yose ku maso yabo.“
Turavye iki gicapo nta kintu na kimwe cotumye haba amacakubiri mû mashengero no kutumvikana nk’uko tubibona uyu musi mû ndyane zirangwa mû barongoye amashengero canke hagati y’amashengero.
Dusab’Imana izane guhumuka amaso no gukundana ku bantu bose bari mû mashengero atandukanye kuko iyo turiko turaja ni hamwe. Dufise ijuru rimwe n’umwami umwe yaducunguj’amaraso yiwe.
Umusi mwiza!
Pasteur Cassien NIKO
178 total views, 3 views today
13 Comments
Xeehpa
simvastatin without prescription sildalis pills buy sildalis generic
Xqalzb
oxybutynin pills buy oxcarbazepine generic buy trileptal 300mg pills
Dqshia
inderal 20mg generic purchase coreg for sale generic carvedilol
Cydgwm
buy doxycycline generic purchase monodox generic order zovirax pills
Pcmbjg
buy prednisolone online buy prednisolone generic order furosemide pills
Sfxutl
order accutane 20mg online cheap azithromycin 500mg pill zithromax for sale
Sbxkne
accutane price ampicillin 250mg pill cost acillin
Nhndxz
purchase serophene online purchase lipitor pill prednisolone 20mg pill
Fhcuzf
metformin tablet buy tamoxifen 10mg pill buy nolvadex pill
Nvrtnw
order minocin pill hytrin 1mg usa brand hytrin 1mg
Eqemye
tadacip drug order tadacip 20mg pill trimox 250mg sale
Svhtbm
order indomethacin 50mg for sale purchase tamsulosin pill buy cenforce 50mg generic
Qhgscw
lanoxin 250mg cheap lanoxin 250 mg for sale order molnupiravir 200mg generic