Shalom! 😀
Uyu n’umusi ugira 18 wo gusenga.
Uyu musi dusab’Imana ikureho amahohotera ( violences) mu miryango.
Abanyefeso 6:1-9 “Bana, mwumvire abavyeyi banyu mu Mwami wacu: kukw ivyo ari vyo bigororotse. 2 b Wubahe so na nyoko: ico ni co cagezwe ca mbere kirimw’ isezerano, 3 c kugira ng’uronke amahoro, urambire kw isi. 4 d Namwe ba se, ntimukaratse abana banyu, ariko mubarere, mubahana mubahanura, uk’ Umwami wacu agomba.
5 e Bagurano, mwumvire ba shobuja bo ku mubiri, nk’uko mwumvira Kristo, mububashe muhinda agashitsi, mutagira ubupfunya mu mitima yanyu. 6 Ntimubakorere bakibahagarikiye, nk’abanezereza abantu, ariko mubakorere nk’abagurano ba Kristo, mukora ivy’ Imana igomba bivuye ku mutima. 7 Mubakorere mushize icira, nk’abakorera Shobuja mukuru, ntimube nk’abakorera abantu. 8 f Kuko muzi yuk’ umuntu wese iy’ akoze iciza, azocishurwa na Shebuja mukuru, n’iyo yoba umugurano cank’ uwidegemvya. 9 g Namwe ba shebuja, mubagirire murtyo nyene, mwirinde kubakangisha, kuko muzi yuko Shobuja musangiye ari mw ijuru, kandi ntarobanura abantu ku butoni.“
Paulo ahanura abana, abavyeyi, n’abashumba kugiriranira umubano mwiza kugira ntihabeho amahohotera ( violences) hagati hamwe n’abandi mu miryango. Abana bashobora kugabira abavyeyi canke abavyeyi bagahohotera abana. Abakozi bo mu nzu bashobora kwitwara nabi canke ba shebuja bakabafata nabi,…
Inyifato yose ibera mu miryango Imana irayitegereza kandi biyiraza ishinga, ikababara mu gihe bitameze neza, kandi bikazana icuka kibi mu miryango, Satani akabona aho yinjirira ngo asambure imiryango.
Dusuzume aho tubaye ingene bimeze, dushimir’Imana ibigenda neza, dusab’imbabazi ku bitameze neza, hama duhindure ibikwiye guhinduka.
Umusi mwiza!
Pasteur Cassien NIKO
171 total views, 1 views today
29 Comments
Rrkpnt
avlosulfon 100 mg us buy dapsone 100mg generic atenolol 100mg cheap
Izehnq
oxybutynin 2.5mg brand order tacrolimus online trileptal 600mg ca
Jmsgqf
buy cefdinir 300 mg purchase protonix buy pantoprazole 20mg for sale
Wqjenv
doxycycline cost purchase levitra generic buy zovirax pill
Fvyzbu
azathioprine 25mg pill brand naproxen naproxen 250mg us
Jbabfd
buy avodart 0.5mg generic buy cephalexin for sale purchase xenical generic
Bzsvpu
prednisolone 5mg uk order prednisolone 20mg pills furosemide 40mg price
Bwtpkg
buy modafinil pills metoprolol 100mg sale buy lopressor
Qsnosh
isotretinoin 20mg brand amoxicillin 250mg price buy azithromycin 500mg generic
Crprbo
order ventolin inhalator for sale buy generic augmentin cost clavulanate
Icqrhu
ivermectin 1 buy prednisone for sale cost prednisone 20mg
Fwohck
ondansetron pills buy zofran 4mg pill cost trimethoprim
Aasjps
order isotretinoin 40mg without prescription oral ampicillin 250mg ampicillin 250mg generic
Eomzro
oral deltasone 40mg buy amoxicillin without prescription buy amoxil 500mg for sale
Xrniqu
order glucophage 1000mg generic order nolvadex 20mg without prescription order tamoxifen 20mg pills
Qmnfff
modafinil 200mg cheap stromectol 3mg over the counter purchase promethazine online
Jnuglb
buy minocycline terazosin oral hytrin order
Fbifvz
tadalafil 10mg ca Buy tadalafil low price free samples of ed pills
Reelfx
cialis us Cialis canadian cost viagra 100mg over the counter
Ynsqan
order generic tadalafil buy tadacip online cheap purchase amoxicillin online
Nirpbh
fenofibrate drug viagra online sildenafil for sale
Darzgf
requip 1mg price buy labetalol online buy trandate 100 mg without prescription
Sjrdnr
doxycycline medication buy chloroquine pills medrol without prescription
Cwfsfl
famotidine for sale purchase mirtazapine online remeron order online
Dlmgqa
order indocin 75mg pills generic indocin 75mg cheap cenforce 100mg
Ktylea
nortriptyline canada paxil 10mg over the counter order paxil 20mg generic
Yruqaz
dapoxetine price priligy for sale motilium medication
Srgnkd
order digoxin pill order telmisartan 80mg without prescription buy molnunat generic
Grfcpz
digoxin 250 mg pill digoxin 250mg for sale buy molnupiravir 200mg for sale