Shalom!
1. Esiteri
Esiteri 4:14-16 “Kuko ni wapfa kwiyumya mur’ iki gihe, nta kizobuza Abayuda gutabarwa bakarokoka, ariko bivuye ahandi; ariko weho n’ab’ inzu ya so muzohona. Nta wubizi, kumbure icakwimitse ng’ube umwamikazi n’ukugira ng’uz’ useruke mu gihe gisa n’iki! 15 Maze Esiteri arabatuma yishura Moridekayi, 16 g ati Genda ukoranirize hamwe Abayuda bose bar’ i Shushani, mwisonzeshe kubganje, mumare imisi itatu ku murango no mw ijoro mutagira ico murya canke munywa; nanje twe n’incoreke zanje tuzokwisonzesha durtyo nyene, mpeze mbone gushika ah’ umwami ari, nah’ ar’ uguca mu cagezwe: kandi namba ndamukiwe no gupfa, mpfe! “
Esiteri amaze gutahura ko icatumye aba umwamikazi ari ukugira ashobore gusabira ubwoko bwiwe ntibuhonywe, yafashe ingingo yo guca mu cagezwe c’Umwami kubwo kwizigir’Imana, ntiyatinya no gupfa.
Kandi kuko cari igihe co kurabwa neza, Umwami amubonye, Esiteri agir’ubutoni imbere yiwe, amuha akaryo ko kumusaba ic’ashaka.
Esiteri 5:2-3 “Nuk’ umwami abonye umwamikazi Esiteri ahagaze mu karusha, Esiteri agira ubutoni imbere yiwe; umwami atunga Esiteri inkoni y’izahabu yar’ afise mu minwe. Maze Esiteri aca yigira hafi, akora ku mutwe w’iyo nkoni. 3 b Nuk’ umwami aramubaza, at’ Uragomba iki ga mwamikazi Esiteri? Urasaba iki? Ndakiguha, n’iyo coba igisate c’igihugu canje.”
Reka natwe dutahure igihe turimwo, dushir’ubwoba kandi twidegemvye imbare y’Imana mû gusaba binini kandi vy’akamaro.
Zaburi 2:8 “Nsaba, nzoguha amahanga, az’ abe umwandu wawe, N’impera z’isi zize zibe ishamvu yawe.”
Umusi mwiza !
Pasteur Cassien NIKO
136 total views, 1 views today
30 Comments
Mzbpqw
order zocor 10mg online sildenafil 50mg tablets sildenafil on line
Dkmhzl
buy generic omnicef 300 mg buy pantoprazole without prescription buy pantoprazole 40mg
Coogoy
ditropan 2.5mg pill prograf online buy cheap oxcarbazepine 300mg
Cnxqvf
imuran 50mg price telmisartan sale naprosyn 500mg generic
Xvjing
buy doxycycline generic vibra-tabs over the counter order zovirax 400mg pills
Xdmiun
avodart sale dutasteride brand order xenical pill
Cfchrq
buy provigil generic purchase zestril for sale buy metoprolol 100mg
Crkesd
order prednisolone 40mg order prednisolone 20mg online lasix brand
Bciazg
ventolin buy online ventolin canada augmentin 625mg cost
Wvbtsw
cheap isotretinoin 20mg zithromax 500mg oral order azithromycin
Iwlvfc
order zofran 8mg generic buy bactrim 960mg generic bactrim online order
Izbwwd
ivermectin 3mg pill ed pills that work quickly buy prednisone 5mg for sale
Zponpr
order sildenafil 50mg pills buy sildenafil 100mg generic buy proscar generic
Deybah
order isotretinoin 40mg generic ampicillin usa ampicillin 500mg uk
Ejqbot
deltasone 40mg pills accutane 20mg cheap order generic amoxil
Liajcp
clomiphene 50mg brand order clomiphene 50mg online cheap prednisolone for sale online
Zpbpdb
purchase modafinil generic order generic stromectol promethazine us
Wblhof
cialis us Cialis without rx best otc ed pills
Rdxwdi
minocin online order buy gabapentin 600mg online cheap purchase hytrin
Jdrivs
purchase cialis pills How to get cialis viagra without prescription
Dmgkdw
order esomeprazole 20mg capsules cheap furosemide 40mg order generic lasix
Fmbpbd
tadacip 10mg usa buy trimox 250mg without prescription trimox generic
Clqsjy
requip 2mg for sale ropinirole 1mg for sale purchase labetalol online cheap
Zvfefo
purchase doxycycline pills chloroquine cheap methylprednisolone 8 mg for sale
Ciqybi
pepcid 40mg canada buy prograf without prescription remeron 15mg price
Ifhdgc
buy indocin 50mg pills cheap cenforce 100mg cheap cenforce 100mg
Gcskhg
nortriptyline 25mg pill buy generic paroxetine 20mg paxil 20mg pill
Bjzwtw
digoxin oral lanoxin cost order molnupiravir 200 mg without prescription
Fraaos
diamox drug buy diamox 250mg online cheap order azathioprine for sale
Zmqsrj
lanoxin 250 mg for sale lanoxin 250mg cheap order molnunat 200 mg online cheap