Shalom !
Uturorero tw’abatahuye igihe barimwo bagihagararamwo neza.( igice ca 2)
2. Eliya
1 Abami 18:36-39 “Maz’ igihe co gutanga ikimazi ca ni kera kigeze, uwo muvugishwa n’Imana Eliya yigira hafi, aravuga, at’ Ewe Uhoraho, Mana ya Aburahamu na Isaka na Isirayeli, uyu musi bimenyekane kw ari wewe Mana mu Bisirayeli, nanje ko nd’umusavyi wawe, kandi ko nkoze ibi vyose kubg’ ijambo ryawe. 37 Unyumvire se, ewe Uhoraho, unyumvire kugira ngw aba bantu bamenye kw ari wewe Mana, ewe Uhoraho, kandi kw ari wewe ugarukana imitima yabo. 38 o Maz’ umuriro w’Uhoraho uca uratibuka, uturira ikimazi co kwoswa na za nkwi na ya mabuye n’umukungugu, urigata na ya mazi yari mu muvo. 39 Maz’ abantu bose babibonye, barunama bashika hasi, baravuga, bat’ Uhoraho ni we Mana, Uhoraho ni we Mana!”
Umuvugishwa n’Imana Eliya amaze gutahura ko ari igihe c’uko Imana ishaka kugarukana imitima y’abisirayeli ikava inyuma ya Bayali na Ashera, yateguye agahinyuza i karumeli.
Eliya amaze gusenga umuriro uratibuka, ababibonye barunama bemera ko Uhoraho ariwe Mana, ahonya abavugishwa ba Bayali na Ashera, ibigirwamana vya Yezebeli na Ahabu umwami.
Natwe dusenge twisunze ivy’Imana ishaka ntibizodusaba kuruha cane nk’uko na Eliya atabanje kuruha mw’isengesho ryiwe, Imana igashitsa ico asavye.
Abanyefeso 5:17 “Nuko ntimube ibipfu, ariko mutahure ivy’ Umwami wacu agomba ivy’ari vyo.”
Umusi mwiza!
Pasteur Cassien NIKO
146 total views, 1 views today
29 Comments
Xhnpsb
cost omnicef 300mg protonix order online protonix 40mg pill
Syqlvp
order simvastatin sale purchase simvastatin generic buy sildalis generic
Xobsrg
imuran 50mg us order naproxen pills naprosyn us
Erbesg
cheap oxybutynin 5mg trileptal for sale online oxcarbazepine 600mg generic
Rzqcei
avodart 0.5mg usa avodart price orlistat 120mg usa
Jwssjy
monodox for sale order doxycycline 100mg online order acyclovir 800mg for sale
Gpnubz
provigil drug modafinil 100mg oral lopressor 50mg drug
Sygerp
buy prednisolone sale neurontin 600mg pills lasix 100mg ca
Viiszr
purchase albuterol for sale purchase levothyroxine generic clavulanate pills
Dayzdr
buy zofran 4mg sale buy ondansetron 4mg without prescription buy trimethoprim without prescription
Jwvfpm
buy isotretinoin for sale accutane 10mg over the counter buy azithromycin 500mg for sale
Rzyiol
fildena 50mg brand proscar cheap purchase propecia sale
Eisard
ivermectin 6 mg over the counter order generic deltasone 40mg generic deltasone
Rqpbgo
deltasone 20mg ca amoxil 1000mg us cost amoxil 1000mg
Nsdomp
order clomid pill order lipitor 80mg pill prednisolone 40mg cheap
Kxgsga
tadalafil 40mg cost us cialis mens ed pills
Vlxagi
order glucophage 1000mg generic buy calan 240mg generic cost nolvadex
Didlzc
buy tadalafil 10mg pills viagra 50mg cheap sildenafil generic
Jbcjhv
order minocycline pill neurontin 600mg drug hytrin 1mg price
Asgpxo
buy tricor pills sildenafil next day delivery free shipping viagra
Tatccx
esomeprazole sale order nexium 20mg without prescription purchase lasix sale
Rgbqaz
ropinirole for sale online labetalol 100 mg without prescription trandate 100 mg oral
Mjlctr
generic tadalafil 10mg tadacip 10mg canada order trimox for sale
Dmqhmx
order pepcid 20mg pills famotidine 20mg over the counter mirtazapine 15mg sale
Rvdtcl
doxycycline online buy medrol 4 mg tablets medrol oral
Jbampm
order pamelor online nortriptyline 25mg without prescription buy paroxetine 10mg online cheap
Hhekoq
buy indomethacin 75mg for sale cheap cenforce 100mg cenforce 50mg uk
Szkzwn
generic acetazolamide 250 mg buy imdur 40mg sale brand azathioprine 50mg
Gumwyn
lanoxin 250mg ca lanoxin 250mg sale molnupiravir 200mg us