Skip to content Skip to sidebar Skip to footer
Shalom! 
Twakirane umunezero iyinga rishasha! 
Turiko twibuka ivyo Yesu yakoze mu misi 40 yamaze ariko yiyereka intumwa.
Ivyakozwe n’Intumwa 1:3 Kand’ amaze kubabazwa, abiyereka ari muzima atanga ibimenyetso vyinshi, ababonekera imisi mirongwine, avuga ivy’ ubgami bg’Imana .”
Yesu yafashe akanya ko gukomeza intumwa imbere yo kuduga, abigisha ivy’ubwami bw’Imana kugira batahure ibihe vy’intsinzi ashaka kubinjizamwo. Aranababwire ko imbere ya vyose bagomba kwuzura Mpwemu Yera!
Reka natwe iri yinga ribe iryo gusubira gukomezwa na Kristo mu kwuzura ubushobozi bwiwe no gutahura ivy’ubwami bw’Imana ukundi gushasha!

 

Mugire umusi mwiza n’indwi nziza!

Pasteur Cassien NIKO

Receive Jesus
Receive forgiveness
Receive eternal life
Receive the gift of the Holy Spirit

Loading