Shalom !
Turangiza iri yinga, turabire hamwe ingaruka nziza zo kwizera.
1. Turonkera aho abandi baburira.
Luka 5:4-7 “Ahejeje kuvuga, abarira Simoni, at’ Igira mw idamba, muterere insenga zanyu murobe. 5 Simoni aramwishura, at’ Erega Mwigisha, twakesheje ijoro ryose twatamye, nta co twafashe: ariko kubg’ ijambo ryawe ndaterera insenga. 6 Babigize, baroba ifi nyinshi cane, insenga zabo zigomba gucika. 7 Bakura abagenzi babo bari mu bundi bgato, ngo baze babafashe: baraza, buzuza amato yompi, agomba kudobera.“
Simoni n’abo bari kumwe bari bakeshej’ijoro ryose baroba barabura. Ariko bakoze ico Yesu ababwiye baronse ifi nyishi ku murango ibintu ku barovyi bitari ibisanzwe kuko ifi ziboneka mw’ijoro.
Ijambo rya Yesu rirarema, ivyari vyabuze bikaza bitisunze ibihe vy’abantu.
2. Ukwizera kuduha kugendera hejuru y’ivyari bidutey’ubwoba.
Matayo 14:24-29 “Arik’ ubgato bushitse hagati mu kiyaga bari batamijwe n’imipfunda, kuk’ umuyaga war’ ubaturutse imbere. 25 Ku muteramyi agira kane, aza aho bari, agendesha amaguru hejuru ku kiyaga. 26 m Abigishwa bamubonye agendesha amaguru hejuru ku kiyaga, basimbga n’umutima, bati N’igihume; baturishwa ubuku n’ubgoba. 27 Uwo mwanya Yesu arababgira, ati Humura, ni jewe, ni mureke gutinya. 28 Petero aramwishura, ati Mushingantahe, asangwa ari wewe, mbarira nze ah’ uri ku mazi. 29 Na we ati Ngo. Petero yururuka mu bgato, agendesha amaguru ku mazi, ngw aje aho Yesu ari .“
Imipfunda yari itey’ubwoba abigishwa ba Yesu niyo Yesu yaziyeko aje kubatabara. Ikindi Yesu yahaye Petero ubushobozi bwo kuyigendera hejuru aja iy’ari.
Ibibazo biduter’ubwoba, Yesu abihindura inziya yo kutwiyereka iyo tumwizeye.
Tugir’umwete wo kwumviriz’ico Kristo avuga imbere y’ibidutey’ubwoba, abihinduriramwo akaryo ko kubona ubwiza bwiwe.
Week-end nziza!
Pasteur Cassien NIKO
1,549 total views, 1 views today
29 Comments
Ulqfqm
cefdinir without prescription protonix without prescription order pantoprazole 40mg pill
Xtjsey
oxybutynin 5mg over the counter ditropan 5mg cost order oxcarbazepine 300mg pill
Uvddbq
purchase imuran order generic imuran 25mg purchase naprosyn pill
Bvaxcd
monodox online order oral acyclovir 800mg buy acyclovir 400mg pills
Ltxylv
purchase avodart generic buy avodart 0.5mg pill where to buy xenical without a prescription
Dakahw
order generic prednisolone 40mg buy gabapentin 800mg order furosemide pill
Uqafvk
modafinil 200mg without prescription order modafinil 200mg online cheap lopressor 50mg cheap
Pstqcb
order accutane 40mg brand amoxicillin 500mg generic azithromycin
Xjczmh
ventolin online buy amoxiclav over the counter brand augmentin 375mg
Ovgqfw
zofran generic ondansetron cost cost sulfamethoxazole
Iyoess
ivermectin cream stromectol 6mg cost buy deltasone 10mg generic
Uvkwox
order fildena pill buy finasteride generic buy finasteride 1mg generic
Fxgeor
purchase accutane online cheap deltasone 20mg buy ampicillin sale
Vrdsta
buy deltasone 5mg sale accutane 20mg for sale buy amoxicillin without prescription
Ozsxuq
brand clomiphene order prednisolone 40mg without prescription order prednisolone 10mg generic
Yaptgo
modafinil 100mg ca cheap phenergan order promethazine generic
Zdiyqf
order glucophage 500mg for sale verapamil 240mg pills tamoxifen cost
Vouvuu
cialis 10mg without prescription levitra usa medications for ed
Ixosid
cialis 40mg Mail order cialis buy sildenafil 100mg online cheap
Umgikj
buy nexium 40mg without prescription order clarithromycin 500mg generic lasix order online
Abeswl
buy fenofibrate 200mg sildenafil viagra viagra brand
Nsrexb
brand tadacip 20mg generic clopidogrel amoxicillin order
Jovttt
ropinirole 2mg us buy trandate 100mg pill buy labetalol 100 mg pill
Oxsgkt
order doxycycline generic order generic doxycycline 100mg methylprednisolone 8mg over the counter
Unbahg
famotidine online remeron generic buy remeron generic
Ierzdz
buy indomethacin online cheap purchase cenforce generic generic cenforce
Iqwtvh
nortriptyline 25 mg us nortriptyline 25mg pills buy paroxetine 10mg
Lwbqhc
diamox cheap order diamox pills imuran online buy
Twjuvy
lanoxin 250 mg cost digoxin 250mg usa molnupiravir 200 mg drug