Shalom!
Uyu n’umusi ugira 19 wo gusenga.
Tugiye kwirukana imivumo yose ku miryango yacu.
Abo i Galatiya 3:13-14 “Kristo yaducunguye umuvumo w’ivyagezwe, yacitse ikivume kubgacu; kuko handitswe ngw Azoba avumwe umuntu wese amanitswe ku giti: 14 kugira ng’ umugisha wa Aburahamu ushike ku banyamahanga, bawuheshejwe na Yesu Kristo, kugira ng’ukwizera kuturonkeshe Mpwemu twasezeraniwe.“
Kristo ku musalaba yatwayeyo ivyaha vyacu n’imivumo yose yari kuri twebwe aca aduha kurarwa umugisha wa Aburahamu.
Birashika ugasanga mu miryango abantu bariko barwana n’imivuba y’ivyo ba sekuruza bagendeyemwo c’ubutamenya, ibimazi bahaye abadayimoni, ukubandwa, ubupfumu n’ayandi majambo mabi bagiye batura ku runganwe ruzoza.
Ariko uyu musi twibuka igikorwa Kristo yakoze co kudukurako imivumo yose, dusenge twatura ic’ijambo ry’Imana rivuga, tuvuguruze ibindi vyose vyavuzwe bibi, twakire umugisha wa Abrahamu uwo imiryango yose yo mw’isi ihererwamwo umugisha.
Itanguriro 12:3 “Abazoguhezagira nzobahezagira, kand’ uzokuvuma nzomuvuma: kandi muri wewe ni ho imiryango yose yo mw isi izoherwa umugisha.”
Uyu musi twitirirwa Data wa twese kubwa kritso.
Abanyefeso 3:14-15 ”Ni co gituma mpfukamira Data wa twese, 15 uwo imiryango yose yo mw ijuru n’iyo mw isi yitirirwa“
Dusengere twakira ayo masezerano ku miryango yacu.
Umusi mwiza!
Pasteur Cassien NIKO
197 total views, 1 views today
31 Comments
Jnvnro
simvastatin 10mg pills order simvastatin 20mg online viagra sildenafil 150mg
Wlrexp
omnicef 300 mg canada order lansoprazole 15mg sale cost pantoprazole 40mg
Uesbqs
brand oxybutynin 2.5mg cheap tacrolimus order trileptal 600mg
Xjwcqh
azathioprine uk micardis 80mg us naprosyn 500mg drug
Jhntaa
order vibra-tabs online order acyclovir 800mg online order acyclovir 800mg online cheap
Srxofl
purchase avodart generic purchase orlistat online cheap xenical cost
Ztqxdt
purchase modafinil buy lopressor 50mg online lopressor 50mg generic
Qbeuil
order generic prednisolone 5mg buy generic gabapentin furosemide pill
Vongrx
order ventolin 2mg inhaler purchase ventolin pill augmentin without prescription
Bzhnuv
isotretinoin 40mg uk purchase absorica for sale purchase azithromycin pill
Ohvuim
buy ondansetron 8mg amoxicillin 1000mg tablet sulfamethoxazole usa
Qbkmst
ivermectin 6mg online stromectol canada prednisone brand
Burmpn
sildenafil sale finasteride 1mg generic order propecia 1mg pills
Hwqtsp
accutane without prescription order isotretinoin 40mg pills acillin drug
Vdliwn
deltasone 5mg cost amoxil sale amoxil 250mg ca
Wgtzjz
brand provigil purchase stromectol online purchase promethazine generic
Orivju
buy generic glycomet buy metformin 500mg online cheap nolvadex 20mg tablet
Fgmcdv
usa pharmacy cialis Approved cialis erection pills online
Ofejja
order minocycline 50mg without prescription purchase terazosin pills terazosin 5mg ca
Lxemij
cialis for sale sildenafil for men over 50 sildenafil 50mg tablet
Pfvvrd
order generic nexium purchase lasix generic buy furosemide 40mg pill
Zmrnqc
tricor brand purchase viagra online order generic viagra 50mg
Cdkdui
tadacip over the counter tadalafil order buy amoxicillin sale
Wktdah
order requip for sale calcitriol 0.25mg over the counter labetalol 100mg ca
Nysbrd
order doxycycline 100mg online purchase chloroquine online cheap methylprednisolone brand
Pqleaa
buy famotidine 20mg without prescription purchase prograf remeron 30mg pills
Faccvo
order indomethacin 50mg capsule buy cenforce pills order cenforce pills
Cpcgth
purchase nortriptyline without prescription panadol 500 mg generic buy paxil generic
Kihjur
lanoxin canada buy digoxin 250mg pills molnunat over the counter
Nyfwkw
buy acetazolamide online isosorbide 40mg uk brand azathioprine
Oeipwd
order generic lanoxin buy lanoxin 250mg generic order molnupiravir 200mg pills