Shalom !
Uyu musi tugiye kuraba uturorero tw’abazigamye Ukwizera.
1 . Aburahamu
Itanguriro 15:5-6 “Amusohokana hanze, aramubgira, ati Rangamiza, urabe mw ijuru, uharure inyenyeri, namba woshobora kuziharura. At’ Uruvyaro rwawe ni ko ruzongana. 6 e Yizera Uhoraho, Uhoraho abimuharurako nk’ukugororoka .“
Aburahamu yarashaje be n’umugore wiwe Sara. Yiravye umubiri n’imyaka vyavuga ko bitoshoboka, Imana nayo ikamubwira ko uruvyaro rwiwe ruzongana n’inyenyeri.
Maze Aburahamu yizer’ic’Imana ivuze nayo ibimuharurako nk’ukugororoka. Akomeza Ukwizera naho ivy’abonesha amaso vyamwereka ibindi.
2. Yobu
Yobu 1: 20-22 “Maze Yobu ava hasi, yitantamurirak’ umutamana wiwe yimosha inkomvorera, yikubita hasi, arasenga, 21 p ati Navuye mu nda ya mama nambaye ubusa, kandi nzosubira mu nda y’isi ata co nambaye. Uhoraho ni we yagavye, kand’ Uhoraho ni we agaburuje: izina ry’ Uhoraho ni rishemagizwe. 22 q Mur’ ivyo vyose Yobu ntiyakoze icaha, canke ngw aherereze amafuti ku Mana.“
Inyuma yo kubwirwa ko abana n’ibintu vyose yaratunze bitikiye ku musi umwe, Yobu yakomeje Ukwizera Imana ntiyaherereza amafuti ku Mana, akomeza gushemagiza izina ryiwe.
3. Yesu Kristo
Abaheburayo 12:2 “dutumbereye Yesu wenyene, ni we nyanduruko yo kwizera kandi ni we yagusozereye; uwo, kubg’ umunezero yashizwe imbere, yihanganiye umusaraba, ntiyagira ikindi isoni zawo, avyagira i buryo bg’intebe y’Imana.“
Yesu ntiyagize isoni z’umusalaba kuko yagumij’umutima ku munezero yari yashizwe imbere.
Utu turorero duhejeje kuraba tutwigishe kugira natwe duharanire kuzigama Ukwizera muvyo ducamwo vyose.
Umusi mwiza!
Pasteur Cassien NIKO
1,445 total views, 1 views today
31 Comments
Caabfg
dapsone 100 mg pills avlosulfon 100 mg ca tenormin 50mg pill
Jhhkhl
order zocor for sale sildenafil pill sildenafil pharmacy
Kpaaxi
omnicef buy online brand pantoprazole 20mg protonix 40mg over the counter
Iiiwfv
ditropan for sale ditropan 2.5mg cheap oxcarbazepine pills
Zwjzgk
purchase azathioprine online cheap naproxen 250mg usa buy naprosyn 250mg
Exxokr
buy generic vibra-tabs order acyclovir 800mg pills brand zovirax
Akfwef
cheap dutasteride order cephalexin 500mg online cheap xenical 120mg pill
Piobta
prednisolone us lasix cost brand furosemide
Tzrrhb
modafinil 200mg without prescription cheap provigil 100mg metoprolol 100mg canada
Vygxvn
order albuterol 2mg pills order augmentin without prescription buy clavulanate without prescription
Davnak
isotretinoin pills amoxicillin 250mg pills purchase zithromax for sale
Wspbyc
ondansetron 4mg oral amoxil 1000mg without prescription bactrim 480mg cost
Tlamwi
ivermectin oral 0 8 generic ed drugs order prednisone 5mg pill
Klddne
fildena online proscar pills buy proscar 5mg for sale
Axeduu
buy accutane 20mg sale buy ampicillin sale ampicillin us
Uvuvbr
buy clomid 100mg buy lipitor 20mg online cheap order prednisolone 10mg sale
Xppbnl
buy provigil 100mg pill stromectol ca buy promethazine 25mg online cheap
Fgzoen
glycomet 1000mg price glycomet online order brand nolvadex 10mg
Qxryto
generic cialis 20mg generic ed pills ed pills no prescription
Bruagr
minocycline 50mg for sale neurontin drug hytrin 5mg over the counter
Czwmve
cialis coupon walmart Buy cialis on line viagra 50mg price
Tdjbff
order nexium online cheap purchase nexium online lasix price
Narxtf
fenofibrate canada order viagra 50mg pill buy sildenafil tablets
Ompins
tadalafil 20mg us plavix 75mg pills trimox 250mg ca
Oevijx
purchase ropinirole sale buy rocaltrol labetalol order
Tzapfl
order generic doxycycline methylprednisolone 16mg tablet purchase medrol sale
Pficlf
famotidine 20mg sale buy generic mirtazapine 30mg order remeron 15mg generic
Qqqrwv
buy indocin 50mg generic cenforce 100mg usa buy cenforce online
Qjduyc
nortriptyline generic cost nortriptyline 25mg order paroxetine for sale
Ssyuhc
lanoxin 250 mg for sale buy molnunat 200 mg generic molnunat 200mg pill
Tyrgbj
buy lanoxin order lanoxin 250 mg buy molnupiravir 200 mg online cheap