Skip to content Skip to sidebar Skip to footer

Shalom! 

Inyungu iri mu kugira Uhoraho Umwungere. 
Biturinda ingaruka mbi z’amabi aba ariko araba kw’isi .
Zaburi 91:9-13 Wagize Uhoraho ubuhungiro bgawe,Isumba vyose wayigize uburuhukiro; 10 g Nta kibi kizogira ico kikugira,Kandi nta cago kizokwegera ihema ryawe. 11 h Kukw azokuragiza abamarayika biwe, Ngo bakuzigame mu nzira zawe zose. 12 Bazokuramira mu maboko yabo, Woye gutsitara kw ibuye. 13 i Uzokandagira intambge n’imamba, Uzosiribanga umugunza w’intambge n’ikiyoka.
Iyo Uhoraho tumwereye ko atubera umwungere, ukubaho kwacu guhagaze kuri we ntiguhagaze ku vyago bigenda birashikira isi.
Iman’ishimwe ku buhungiro twaronse muri yo! 
 

Umusi mwiza!

Pasteur Cassien NIKO

Receive Jesus
Receive forgiveness
Receive eternal life
Receive the gift of the Holy Spirit

Loading