Shalom !
Uyu musi tugiye kuraba ingene Kristo yubaka Ishengero ryiwe ( Eglise universelle)
1. Yesu ubwiwe niwe muhinga ( Architecte) akora igicapo y’Ishengero ashaka.
Matayo 16:18b “kandi kur’ urwo rutare nzorwubakakw ishengero ryanje ,“
Yaratanguye kwubaka Ishengero ryiwe kuva arungitse Mpwemu yera kandi arakomeje kuryubaka kugeza Mpwemu yera ariduganye rikarenguka imbere ya Kristo mw’ijuru.
Abanyefeso 5:27 ” ngw aryishire, ar’ ishengero rifise ubgiza, ridafise amarabaga cank’ injebejebe, cank’ ikintu cose gisa girtyo, ariko ngo ribe iryera ridafise agasembga.“
2. Yesu niwe mushinge w’Ishengero.
1 Ab’i Korinto 3: 11 ” Kukw irindi tanguriro ata muntu ashobora kurishiraho, atar’ iryashizweho, ni ryo Yesu Kristo.“
3. Niwe buye rigumya imfuruka.
Ivyakozwe n’Intumwa 4:11 “Uwo ni we buye mwebge abubatsi mwatituye, kandi ryahindutse irigumya imfuruka.”
4. Mpwemu yera araheza agaha abizeye kuba ingoro.
Abanyefeso 2:22 ” Muri we namwe murubakanwa, kugira ngo muheshwe na Mpwemu kuba ingoro Imana ibamwo.“
Iman’idushoboze kwemera kwubakwa nk’uko Kristo ashaka.
Umusi mwiza!
Pasteur Cassien NIKO
1,070 total views, 1 views today
25 Comments
Uvvzpl
order zocor 20mg sale order simvastatin sale viagra sildenafil 100mg
Gvwtzy
omnicef canada prevacid 15mg over the counter oral pantoprazole 20mg
Gqskmv
ditropan 2.5mg usa prograf sale order oxcarbazepine generic
Qoobfj
buy imuran 25mg online cheap purchase micardis generic naprosyn 250mg usa
Findrt
order doxycycline sale buy zovirax online order acyclovir online cheap
Hyjvgn
avodart online buy cephalexin 250mg canada orlistat 60mg pills
Hxxfii
buy provigil 200mg online provigil 100mg sale buy lopressor 50mg pills
Hvprvi
buy prednisolone 40mg generic buy lasix 40mg lasix 100mg ca
Tksfol
cost albuterol augmentin 1000mg drug amoxiclav tablet
Xhwauw
generic isotretinoin 40mg zithromax 250mg price buy azithromycin pill
Fprsfn
order zofran generic generic zofran bactrim 960mg tablet
Byuhya
stromectol 6 mg tablet order stromectol generic deltasone 5mg price
Rvzhxi
prednisone 20mg us accutane 40mg us amoxil 500mg drug
Ixbxgd
provigil 100mg pills phenergan for sale online promethazine 25mg generic
Bqolic
metformin 1000mg ca order metformin for sale buy nolvadex generic
Lwfaqq
buy generic cialis 10mg sale viagra erection pills that work
Yrrxvl
purchase minocycline pills minocycline 100mg cost hytrin 5mg cheap
Xxrzgz
order tadalafil online cheap Discounted cialis online buy viagra 100mg without prescription
Susrxo
buy generic requip 2mg requip 1mg cost buy trandate 100 mg generic
Rvlmsp
brand doxycycline 100mg chloroquine 250mg brand medrol order online
Llnqem
order generic pepcid 20mg remeron order remeron price
Qxjjvj
generic indocin 75mg cenforce 100mg brand buy cenforce sale
Jszqrn
purchase nortriptyline sale order paracetamol 500 mg generic buy paroxetine 10mg online
Darodp
order acetazolamide 250 mg generic azathioprine 50mg oral order azathioprine for sale
Axkamy
purchase digoxin for sale digoxin 250 mg pills buy generic molnupiravir