Skip to content Skip to sidebar Skip to footer
Shalom!  
Ibisabwa kugira umuntu agendera mû ntambuko z’ivyasezeranywe. Igice ca 5
5. Gutarama  
Habakuki 2:1 Nzohagarara nshibamye, nje ku munara wo gushibamako, nkenguze ndabe ico aribumbarire, n’ico ndibumwishure, ku vy’amaganya yanje .”
Isezerano ry’Imana rirateramirwa. Umuntu ariteramira mû gusenga hamwe no gukenguza kuko ataba azi igihe n’inzira bizozanana.
Akenshi turasenga hanyuma tugaca tugomba kwicira inzira , ahandi tugasa n’abagomba kunyarutsa ibintu kugira bishike ningoga, ariko gukorana n’Imana bisaba kugendera ku muvuduko wayo( rythme), no kurindira isaha yayo.
Imana idushoboze kuyizera no kuyireka abe ariyo ituja imbere muri vyose!

 

Week-end nziza!

Pasteur Cassien NIKO

Receive Jesus
Receive forgiveness
Receive eternal life
Receive the gift of the Holy Spirit

Loading