Shalom!
Uyu musi tugiye kuraba ibintu bibiri Yesu yavuze kw’Ishengero ariko arubaka.
1. Ishengero ryiwe rizorwanywa ariko rizokwama rinesha.
Matayo 16:18b&c “kandi kur’ urwo rutare nzorwubakakw ishengero ryanje, kand’ amarembo y’i kuzimu ntazorishobora.“
Nk’uko Yesu bamurwanije akiri kur’ino si akanesha niko n’Ishengero ryiwe atagishobora kurinesha.
Ivyahishuriwe Yohana 3:21 ” Unesha, nzomuha kwicarana nanje ku ntebe yanje y’ubgami, nk’uko nanje nanesheje nkicarana na Data ku ntebe yiwe. “
2. Ishengero ryiwe rifis’ububasha bwo kuboha no kubohora.
Matayo 16:19 “Nzoguha impfunguzo z’ubgami bgo mw ijuru: kand’ ico uzohambira mw isi kizoba gihambiriwe mw ijuru; n’ico uzohamburura mw isi kizoba gihamburuwe mw ijuru.“
Ivyakozwe n’intumwa 12:5 “Nuko Petero arindirwa mw ibohero: arikw ab’ishengero baramusengera, batakambira Imana bakobeje.“
Biciye mû gusenga, Ishengero ryatumye Petero abohoka akurwa mw’ibohero n’umumalayika.
V11″Akenge kagarutse, Petero aribgira, ati Noneho mmenye vy’ukuri yuk’ Umwami yatumye umumarayika wiwe, akankiza ukuboko kwa Herode, bo n’ivyo ubgoko bg’Abayuda bgari bushamaje vyose.”
Petero amaze kurekurwa, umumalayika yabohoye petero hanyuma yica Herode yamuhama.
V23″ Uwo mwanya umumarayika w’Umwami Imana aramukubita, kukw adahaye Imana Rurema icubahiro, aturika inyo, aracikana.”
Ivyo bimaze kuba Ishengero rikomeza guter’imbere.
V 24″ Arikw ijambo ry’Imana riragwira, riramamara.”
Natwe ab’iki gihe, dusab’Imana duhagarare mur’ubwo bushobozi nk’Ishengero rya Kristo.
Umusi mwiza!
Pasteur Cassien NIKO
1,088 total views, 5 views today
32 Comments
Rpaofh
purchase dapsone generic oral dapsone 100mg order tenormin sale
Iadacy
simvastatin us phenergan ca buy sildalis pills
Xtoyei
buy omnicef pills buy cefdinir 300 mg pill buy protonix 40mg online cheap
Stszjz
cost oxybutynin 2.5mg oxybutynin cheap trileptal 600mg sale
Kbuyem
order azathioprine generic order micardis pill order naproxen online
Ubdmra
purchase doxycycline online cheap order vardenafil 10mg online buy cheap generic acyclovir
Abbueu
cheap dutasteride buy cephalexin 250mg generic buy orlistat 60mg sale
Wrarav
prednisolone 5mg for sale prednisolone 20mg usa buy lasix 100mg for sale
Antxos
modafinil canada lisinopril 5mg canada metoprolol price
Bscrit
buy accutane 10mg online accutane pill buy azithromycin 500mg pills
Hpddjc
buy ventolin augmentin 625mg tablet augmentin 1000mg pills
Pqwvje
ondansetron price bactrim pill bactrim uk
Erzpwu
ivermectin over counter order stromectol generic prednisone 40mg canada
Bjmraj
sildenafil brand buy fildena 50mg online finasteride 5mg drug
Guyoam
accutane over the counter ampicillin us ampicillin buy online
Wrkamc
buy prednisone 10mg online amoxil 1000mg over the counter buy amoxicillin 1000mg generic
Sgcxup
cost clomid 50mg order clomid online cheap order prednisolone 10mg without prescription
Eonxoz
cost provigil 200mg buy stromectol 12mg generic order promethazine generic
Hjvswk
glycomet 1000mg sale nolvadex 20mg ca nolvadex canada
Amaoyi
order cialis 10mg without prescription levitra price medicine for erectile
Kqqkfq
buy minocycline without prescription buy neurontin generic hytrin drug
Ppdiuz
cheap cialis tablets Buy cialis without rx buy sildenafil 100mg pills
Kypifh
order esomeprazole online cheap lasix online buy order furosemide generic
Vcjhgg
order fenofibrate 200mg generic order sildenafil 50mg pill buy sildenafil 100mg pills
Ylnohp
tadacip price amoxicillin 250mg over the counter order amoxicillin
Jduyos
order requip 2mg pills labetalol drug buy labetalol 100mg generic
Wbzocv
generic pepcid buy pepcid generic buy mirtazapine 30mg
Ejkqgm
indomethacin 50mg tablet cenforce 50mg over the counter buy cenforce 50mg for sale
Gohonn
pamelor 25 mg us order paracetamol 500mg purchase paxil online
Jgaeum
brand digoxin 250mg order lanoxin 250 mg online cheap order molnunat 200 mg generic
Kihqdt
order diamox 250mg generic buy generic azathioprine 50mg imuran 25mg sale
Oduxts
order lanoxin 250mg without prescription purchase lanoxin pill order molnupiravir 200mg without prescription