Shalom!
Ibigaragaza umwidegemvyo ufatiye ku gutahura igihe.
1. Guserura ukuri kwari kwagizwe ibanga.
Esiteri 2:10-11″10 Kandi Esiteri nta ho yigeze aserura ubgoko bgabo ubg’ ari bgo, cank’ umuryango wabo: kuko Moridekayi yari yaramwihanije kutabivuga. 11 Kandi Moridekayi yahora agendagenda uko bukeye inyuma y’urugo rw’inzu y’abigeme, kugira ngw amenye Esiteri uko yaramutse n’ukw ameze.”
Esiteri, mû gihe co guhiganwa n’abandi bakobwa yari yabwiwe kutavuga ubwoko bwiwe kandi aravyubahiriza.
Ariko igihe kigeze c’ubutoni imbere y’umwami, yaciye ashira ahabona ico bapfana na Moridekayi kugira asubizwe mû gishingo ca Hamani.
Esiteri 8:1-2 “Kur’ uwo musi nyene umwami Ahasuwerusi agabira umwamikazi Esiteri urugo rwa Hamani umwansi w’Abayuda. Maze Moridekayi aseruka imbere y’umwami; kuko Esiteri yari yavuze ico bapfana. 2 b Umwami aca yiyambura impeta, iyo yari yatse Hamani, ayiha Moridekayi. Maze Esiteri ashikiriza Moridekayi urwo rugo rwa Hamani.”
Igihe co kwemererwamwo iyo cashitse, haba n’umwidegemvo wo gushira ahabona ivyari vyaragizwe ibanga kuko kiba ari igihe co kugirirwa neza!
Akenshi abantu bagendana ibintu babuze aho babivugira, Imana izane ku buzima bwacu akaryo, ikibanza co n’abantu bo, aho umuntu yidegemvya kuvuga akari ku mutima.
Umusi mwiza!
Pasteur Cassien NIKO
140 total views, 3 views today
29 Comments
Dwuryo
zocor 20mg drug purchase sildalis sale sildenafil 100 mg
Wzdneq
generic cefdinir 300 mg order generic pantoprazole 40mg order protonix online
Xsdoth
purchase oxybutynin online cheap buy prograf 5mg without prescription oxcarbazepine 600mg pill
Necubr
imuran 50mg brand imuran 50mg sale naproxen 500mg cheap
Dbhimo
order vibra-tabs for sale generic levitra 10mg zovirax pills
Xmirwo
dutasteride price buy orlistat 120mg online how to get xenical without a prescription
Yejqww
prednisolone pills prednisolone 10mg price furosemide 100mg cost
Isvfdv
purchase provigil generic lopressor price lopressor 100mg us
Bhojmw
buy generic ventolin 4mg order synthroid 150mcg generic order amoxiclav
Pyszsf
accutane cheap cheap amoxil online zithromax medication
Sautuh
zofran pill amoxil drug order bactrim without prescription
Jzgjrg
ivermectin 6mg for humans buy prednisone 10mg order deltasone generic
Mboxub
buy fildena 100mg for sale proscar 1mg ca propecia 5mg without prescription
Ojfhzx
absorica over the counter ampicillin 250mg cost oral acillin
Oumzoy
purchase prednisone generic prednisone 40mg tablet amoxicillin 1000mg ca
Dlaeym
order clomiphene generic lipitor 40mg ca buy prednisolone 20mg without prescription
Npdgcj
provigil 200mg over the counter order generic stromectol order promethazine 25mg online cheap
Ujdeht
glycomet 1000mg brand verapamil oral buy tamoxifen 10mg without prescription
Yvcfls
order tadalafil 20mg pills take cialis where to buy otc ed pills
Rifpst
buy minocin 100mg for sale gabapentin 100mg us order terazosin 5mg
Hytrbj
cialis 20mg tablet buy viagra pill order sildenafil 100mg generic
Mfbjuh
buy nexium 40mg pills order esomeprazole generic furosemide price
Sdwpsc
tadacip generic generic tadalafil 10mg amoxicillin buy online
Fkakfi
requip 2mg brand ropinirole order online trandate drug
Zgjzdy
oral famotidine 20mg tacrolimus 1mg drug order remeron online
Jnsygj
buy generic indocin 50mg cenforce 50mg drug cenforce 100mg for sale
Axproh
order pamelor 25 mg generic panadol 500 mg usa buy paroxetine online
Ziuity
acetazolamide 250mg cost order diamox 250 mg sale imuran 25mg without prescription
Ggyidx
digoxin price lanoxin usa order molnunat 200 mg pill