Shalom!
Ibigaragaza umwidegemvyo ufatiye ku gutahura igihe ( igice ca 2).
2. Amahoro yo mû mutima.
2 Abami 4:25-26 “Nukw aragenda, aja iyo wa muntu w’Imana ari ku musozi Karumeli. Uwo muntu w’Imana amubonye akiri kure, abarira umuntu wiwe Gehazi, ati Nguriya wa mugore w’Umunyashunemu. 26 Enda irukanga, muhure, umubaze, uti N’amahoro? ut’ Uragumye, n’umugabo wawe, n’umwana? Amubajije, aramwishura, ati N’amahoro !”
Umugore w’umushunyashunemu umwana wiwe yarapfuye ntiyarira canke avuz’induru imbere y’umugabo wiwe nk’abandi bamama, imbere y’ikibazo ca Gehazi yavuze ko ari amahoro.
Umwana yari yamuronse ashaje, amuronka atanamusavye ariko nk’ingabire Imana ibahaye kubwo kugirira neza umuvugishwa n’Imana Elisa.
Yatahuye ko yari mû gihe c’umugisha atari ic’ivyago nico gituma n’imbere ya Elisa yamwibukije ingene yaronse nya mwana gusa, Élisa aca aja kumusengera asubira kuba muzima v27-37.
Gutahura igihe bizana amahoro n’aho Satani yozana ibiza binyuranye n’ivyo tugezemwo, gutahura igihe biturinda kwiganyira, ibituzazaniye tukabivugana n’Imana igenzur’ibihe gusa.
Abo i Filipi 4:6-7 “Ntimugire ico mwiganyira, ariko muri vyose ivyo mugomba bimenyeshwe Imana, mu gusenga no mu kwinginga bifatanije no gukenguruka. 7 f Maz’ amahoro y’Imana aruta uko yomenywa n’umuntu wese, azoshibamira imitima yanyu n’ivyiyumviro vyanyu muri Kristo Yesu.“
Dusab’Imana amahoro afatiye kuco yavuze aganze mû mitima yacu.
Umusi mwiza!
Pasteur Cassien NIKO
156 total views, 1 views today
32 Comments
Esrlsm
order generic zocor purchase phenergan online cheap sildalis buy online
Oxarbl
purchase avlosulfon for sale purchase atenolol atenolol 50mg for sale
Rcwkeh
buy ditropan 2.5mg online buy trileptal without prescription buy trileptal online
Ouuexe
buy omnicef 300mg sale pantoprazole price protonix 40mg cost
Expjvi
azathioprine 50mg ca naproxen 500mg drug naproxen online buy
Wvfewp
doxycycline 200mg over the counter brand vardenafil 20mg acyclovir 400mg generic
Hadefh
buy avodart generic orlistat medication orlistat 60mg oral
Nwrttu
cheap prednisolone 10mg prednisolone 5mg us buy lasix 100mg pills
Rzibez
order provigil 200mg without prescription generic metoprolol order lopressor 100mg without prescription
Mduhto
isotretinoin online order accutane pills order generic zithromax 500mg
Xoqqje
albuterol 4mg generic order ventolin sale augmentin uk
Twzypl
ivermectin 6mg for humans for sale stromectol for sale online prednisone 20mg cost
Kadopw
buy generic zofran 8mg amoxicillin tablet bactrim tablet
Swwzpp
purchase accutane for sale order isotretinoin 20mg online cheap cost acillin
Earlcx
fildena 50mg tablet propecia order propecia pills
Rzifeq
clomid 100mg for sale buy generic prednisolone 10mg prednisolone for sale
Phaclb
order prednisone 40mg sale accutane 10mg pill amoxicillin 1000mg pill
Khawgy
order glucophage 1000mg pills buy glycomet for sale buy tamoxifen 10mg online cheap
Dejrag
order modafinil 200mg for sale buy generic modafinil phenergan us
Qlrlnn
cialis oral levitra daily otc ed pills that work
medications with no prescription
list of approved canadian pharmacies
Rldcuj
esomeprazole cost order clarithromycin 500mg for sale buy lasix for sale
Gmejcf
cialis 5mg oral Best cialis price order viagra
Acrvmf
oral tadacip 10mg purchase tadacip pill purchase amoxicillin pill
Aiwudu
buy fenofibrate 160mg pill cost fenofibrate viagra order
Rsxtvj
requip order online calcitriol cheap order labetalol 100 mg generic
Vqctfn
order generic doxycycline 200mg methylprednisolone 8 mg over counter buy medrol for sale
Rgceqx
pepcid online buy prograf 5mg sale mirtazapine for sale online
Tedlgk
cheap indomethacin purchase flomax buy cenforce for sale
Gjgbsm
order pamelor 25 mg without prescription paroxetine 10mg sale buy generic paroxetine 20mg
Dfjllr
order generic lanoxin 250mg buy molnupiravir online order molnunat
Ocwsvd
buy lanoxin 250 mg pills purchase digoxin sale molnupiravir pills