Shalom!
Insobanuro y'abakund'Imana.
Yohana 14:21-24 "Uri n'ivyagezwe vyanje akavyitondera, uwo ni we ankunda, kand' unkunda azokundwa na Data, nanje nzomukunda, kandi nzomwihishurira. 22 p Yuda (atari Isikaryota) aramubaza, ati Mugenzi, bibaye bite, k'ugira…
Shalom!
Imvo zatumye umushunemukazi bimworohera gukomoza ivyiwe : igice ca 1&2
1. Yari mu nzira rwo kwumvira Imana .
2 Abami 8:1-3 "Kandi Elisa yari yarabariye wa mugore yazurira umwana, at' Enda genda,…
Shalom !
Kuber'iki dukwiye guha agaciro uwo mushinge
1. Niwo udashobora kunyiganyiga.
Ahaheburayo 12:26-28 "Ijwi ryayo ryanyiganyigije isi ico gihe: ariko noneh' irasezeranye, iti Hasigaye rimwe, ngatigitisha, s'isi gusa, ariko n'ijuru na…
Shalom !
Mbega umushinge mwiza ukwiye kuba umeze gute?
Umushinge mwiza wubakira kuri Kristo ariwe jambo w'Imana.
Yohana 1:1-4 "Ubga mbere na mbere Jambo yariho, kandi Jambo yahoranye n'Imana, kand' uwo Jambo yar' Imana. 2 b…
Shalom !
Twakirane umunezero iyinga rishasha!
Iri rikaba ari iryo gusuzuma ibigize imishinge ( fondations) y'ubuzima bwacu.
Matayo 7:24-25 "Uwumva ayo majambo yanje wese, akayakora, asa n'umuntu w'ubgenge yubatse inzu yiwe ku rutare.…
Shalom!
Inyungu ziri mu ukwizera kuzima.
1. Ukwizera kuzana guhimbara Imana.
Abaheburayo 11:6 "kand' utizera ntibishoboka kw ayihimbara; kuk' uwegera Imana akwiye kwizera yukw iriho, igaha impera abayirondera ."
Imana ni Impwemu kugira…
Shalom!
Mbega ukwizera n'iki?
Abaheburayo 11:1 "Ukwizera n'ukumenya rwose ivyizigirwa, udakekeranya ngo ntibizoba, kand' ibitabonwa ni kwo kubitumenyesha kw ar' ivy' ukuri."
Umuntu yizigira ibitaraba. Kandi bisaba kubanza kubimenya rwose, ukimatanya navyo kandi…
Shalom!
Ibigaragaza ibikorwa vy'Imana.
1. Haba gutangara.
Yohana 9:6-9 "Avuze ivyo, acira amate hasi, avurungisha amate utwondo, araheza amusiga utwo twondo ku maso; 7 aramubarira, ati Genda wiyuhagire mu kidengeri Silowamu; (Silowamu risobanurwa…
Shalom!
Ingene Kristo ari ibanga ry'Imana rihishijwe. Igice ca 2
2. Umwakiranye umunezero aba yakiriye ububasha buhindura.
Luka 19:5-9 "Yesu ahashitse, ararangamiza, aramubarira, ati Zakayo, ururuka vuba, kuk' uyu musi nkwiye kurara…
Shalom!
Ingene Kristo ari ibanga ry'Imana rihishijwe.
1. Umwakiriye yagomba kumera nkawe.
Ivyahishuriwe Yohana 3:20 "Ehe mpagaze ku rugi, ndaramukije. Umuntu ni yumva ijwi ryanje, akugurura urugi, ndinjira i we, dusangire ."…