Shalom!
Mbega ukwizera n'iki?
Abaheburayo 11:1 "Ukwizera n'ukumenya rwose ivyizigirwa, udakekeranya ngo ntibizoba, kand' ibitabonwa ni kwo kubitumenyesha kw ar' ivy' ukuri."
Umuntu yizigira ibitaraba. Kandi bisaba kubanza kubimenya rwose, ukimatanya navyo kandi…
Shalom!
Ibigaragaza ibikorwa vy'Imana.
1. Haba gutangara.
Yohana 9:6-9 "Avuze ivyo, acira amate hasi, avurungisha amate utwondo, araheza amusiga utwo twondo ku maso; 7 aramubarira, ati Genda wiyuhagire mu kidengeri Silowamu; (Silowamu risobanurwa…
Shalom!
Ingene Kristo ari ibanga ry'Imana rihishijwe. Igice ca 2
2. Umwakiranye umunezero aba yakiriye ububasha buhindura.
Luka 19:5-9 "Yesu ahashitse, ararangamiza, aramubarira, ati Zakayo, ururuka vuba, kuk' uyu musi nkwiye kurara…
Shalom!
Ingene Kristo ari ibanga ry'Imana rihishijwe.
1. Umwakiriye yagomba kumera nkawe.
Ivyahishuriwe Yohana 3:20 "Ehe mpagaze ku rugi, ndaramukije. Umuntu ni yumva ijwi ryanje, akugurura urugi, ndinjira i we, dusangire ."…
Shalom!
Ibikurikira Gutumira Imana no kuyizigira mu rugendo rw'ubuzima. Igice ca 2:
3. Haba kurindwa gukomeye.
Yesaya 43:1-4 "Ariko none, uku ni k'Uhoraho agize, uwakuremye, yewe Yakobo, kand' akakubumba, yewe Isirayeli, ati Ntutinye,…
Shalom!
Ibikurikira Gutumira Imana no kuyizigira mu rugendo rw'ubuzima.
1. Haba gushikama no gushira amanga .
Yosuwa 1:9 "None si jewe nkwibaririye, nti Shikama, ushire amanga? Nuko ntutinye, nturanduke umutima, kuko jewe…
Shalom !
Ivyo twokwifashisha mu gutegura imitima yacu kwakira ibishasha.
1. Ukwisubiramwo.
Luka 15:11-20 "Kand' arababgira, ati Habaye umuntu yar' afise abahungu babiri. 12 Umuhererezi abgira se, ati Data, mpa umugabane w'ibintu…
Shalom!
Twiteze gutangura umwaka mushasha! Turondere kubanza kuba bashasha, Imana nayo izane bishasha muri twebwe.
Matayo 9:17 "Nta wotara umutobe wa vino mu mikuza y'insato ibombotse: imikuza yoturika, vino igashirira hasi, imikuza igapfa. Arik'…
Shalom!
Uko imisi yegereza yo kurangiza umwaka wa 2023, dukomeze kwumva no kwumvira Mpwemu Yera.
Luka 2:25-33 "Kandi muri Yerusalemu har' umuntu yitwa Simeyoni; uyo yar' umuntu agororotse kandi yubaha Imana, yar'…
Shalom!
Ivyiza biri mû kwamamaza inkuru nziza ya Yesu Kristo.
1. Biraduhindura ubwacu.
Uvyakozwe n'intumwa 11:22-26 "Inkuru yabo ishika mu matwi y'ishengero ry'i Yerusalemu, batuma Barunaba ngw ashirwe ashitse muri Antiyokiya. 23 i…