Kuber’iki dukwiye guha agaciro uwo mushinge February 16, 2024 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Kuber'iki dukwiye guha agaciro uwo mushinge 1. Niwo udashobora kunyiganyiga. Ahaheburayo 12:26-28 "Ijwi ryayo ryanyiganyigije isi ico gihe: ariko noneh' irasezeranye, iti Hasigaye rimwe, ngatigitisha, s'isi gusa, ariko n'ijuru na…Read more
Mbega umushinge mwiza ukwiye kuba umeze gute? February 13, 2024 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Mbega umushinge mwiza ukwiye kuba umeze gute? Umushinge mwiza wubakira kuri Kristo ariwe jambo w'Imana. Yohana 1:1-4 "Ubga mbere na mbere Jambo yariho, kandi Jambo yahoranye n'Imana, kand' uwo Jambo yar' Imana. 2 b…Read more
Twakirane umunezero iyinga rishasha! February 12, 2024 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Twakirane umunezero iyinga rishasha! Iri rikaba ari iryo gusuzuma ibigize imishinge ( fondations) y'ubuzima bwacu. Matayo 7:24-25 "Uwumva ayo majambo yanje wese, akayakora, asa n'umuntu w'ubgenge yubatse inzu yiwe ku rutare.…Read more
Inyungu ziri mu ukwizera kuzima. January 26, 2024 Ildegard Christan BIMENYIMANA 0Comments 0Likes Shalom! Inyungu ziri mu ukwizera kuzima. 1. Ukwizera kuzana guhimbara Imana. Abaheburayo 11:6 "kand' utizera ntibishoboka kw ayihimbara; kuk' uwegera Imana akwiye kwizera yukw iriho, igaha impera abayirondera ." Imana ni Impwemu kugira…Read more
Mbega ukwizera n’iki? January 23, 2024 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Mbega ukwizera n'iki? Abaheburayo 11:1 "Ukwizera n'ukumenya rwose ivyizigirwa, udakekeranya ngo ntibizoba, kand' ibitabonwa ni kwo kubitumenyesha kw ar' ivy' ukuri." Umuntu yizigira ibitaraba. Kandi bisaba kubanza kubimenya rwose, ukimatanya navyo kandi…Read more
Ibigaragaza ibikorwa vy’Imana. January 17, 2024 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 1Like Shalom! Ibigaragaza ibikorwa vy'Imana. 1. Haba gutangara. Yohana 9:6-9 "Avuze ivyo, acira amate hasi, avurungisha amate utwondo, araheza amusiga utwo twondo ku maso; 7 aramubarira, ati Genda wiyuhagire mu kidengeri Silowamu; (Silowamu risobanurwa…Read more
Ingene Kristo ari ibanga ry’Imana rihishijwe. Igice ca 2 January 10, 2024 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Ingene Kristo ari ibanga ry'Imana rihishijwe. Igice ca 2 2. Umwakiranye umunezero aba yakiriye ububasha buhindura. Luka 19:5-9 "Yesu ahashitse, ararangamiza, aramubarira, ati Zakayo, ururuka vuba, kuk' uyu musi nkwiye kurara…Read more
Ingene Kristo ari ibanga ry’Imana rihishijwe. January 9, 2024 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Ingene Kristo ari ibanga ry'Imana rihishijwe. 1. Umwakiriye yagomba kumera nkawe. Ivyahishuriwe Yohana 3:20 "Ehe mpagaze ku rugi, ndaramukije. Umuntu ni yumva ijwi ryanje, akugurura urugi, ndinjira i we, dusangire ."…Read more
Ibikurikira Gutumira Imana no kuyizigira mu rugendo rw’ubuzima. Igice ca 2 January 5, 2024 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Ibikurikira Gutumira Imana no kuyizigira mu rugendo rw'ubuzima. Igice ca 2: 3. Haba kurindwa gukomeye. Yesaya 43:1-4 "Ariko none, uku ni k'Uhoraho agize, uwakuremye, yewe Yakobo, kand' akakubumba, yewe Isirayeli, ati Ntutinye,…Read more
Ibikurikira Gutumira Imana no kuyizigira mu rugendo rw’ubuzima. January 3, 2024 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Ibikurikira Gutumira Imana no kuyizigira mu rugendo rw'ubuzima. 1. Haba gushikama no gushira amanga . Yosuwa 1:9 "None si jewe nkwibaririye, nti Shikama, ushire amanga? Nuko ntutinye, nturanduke umutima, kuko jewe…Read more