Shalom !
Ibiranga ugushingwa neza mu kutanyiganyiga ! Igice ca 4 & 5.
3. Kutava ku ngingo nziza yafashwe kubera igitsure c'umuntu akomeye!
Daniyeli 3:16-19 " Shaduraka na Meshaki na Abedunego bishura umwami…
Shalom !
Ibiranga ugushingwa neza mu kutanyiganyiga. Igice ca 3
3. Guharanira ko izina ry'Imana rishirwa hejuru .
1 Samweli 17:45-47 "Dawidi yishura uwo Mufilisitiya, at' Uje kundwanya ufise inkota n'icumu n'agakobero,…
Shalom !
Ibiranga ugushingwa neza mu kutanyiganyiga. Igice ca 2
2.*Kudaterw'ubwoba n'ibitey'ubwoba
Ivyakozwe n'intumwa 28:3-6 "Ariko Paulo amaze gusenya umuganda w'inkwi, arazikomanya, inzoka iva mu muriro, imukomora ku kuboko. 4 Abo badebaguzi babonye ico…
Shalom !
Ibiranga ugushingwa neza mu kutanyiganyiga. Igice ca 1
1. Amajambo y'ivyizigiro niyo akanwa kavuga .
Abaroma 8:35-39 "Ni nde azodutandukanya n'urukundo rwa Kristo? Mbega n'amarushwa, canke n'ivyago, canke n'uguhamwa, canke…
Shalom !
Twakirane umunezero iyinga rishasha!
Nkaba ndabifurije ko iri yinga ryoba iryo gushingwa neza mw'ijambo ry'Imana.
Abo i Kolosayi 1:22-23 "none yabuzurije na yo mu mubiri wiwe w'umuntu kubg' urupfu yapfuye,…
Shalom !
Imvo zituma ku wukunda Imana vyose bifataniriza hamwe kumuzanira ivyiza. Igice ca 2.
2. Abona ibintu uko Imana ibibona.
Yobu 1: 18-22 "Akibivuga, haza uwundi na we, at' Abahungu bawe n'abakobga bawe…
Shalom!
Imvo zituma ku wukund'Imana vyose bifataniriza hamwe kumuzanira ivyiza. Igice ca 1
1. Nta kimubako Imana itakirekuye.
Yobu 1: 9-12 Maze Satani yishura Uhoraho, ati Mbeg' ugira ngo Yobu yubahira…
Shalom!
Insobanuro y'abakund'Imana.
Yohana 14:21-24 "Uri n'ivyagezwe vyanje akavyitondera, uwo ni we ankunda, kand' unkunda azokundwa na Data, nanje nzomukunda, kandi nzomwihishurira. 22 p Yuda (atari Isikaryota) aramubaza, ati Mugenzi, bibaye bite, k'ugira…
Shalom!
Imvo zatumye umushunemukazi bimworohera gukomoza ivyiwe: Igice ca 3
3. Yari azi aho atumbereza ibibazo vyiwe.
Igihe umwana wiwe yari apfuye, umubabaro wiwe ntiyawutumbereje ku mugabo.
2 Abami 4:22-23 "Ahamagara umugabo wiwe,…
Shalom!
Imvo zatumye umushunemukazi bimworohera gukomoza ivyiwe : igice ca 1&2
1. Yari mu nzira rwo kwumvira Imana .
2 Abami 8:1-3 "Kandi Elisa yari yarabariye wa mugore yazurira umwana, at' Enda genda,…