Shalom!
Insobanuro y'uburemere ( stress).
Uburemere (Stress) ni umusunikano uva hanze ugatuma twumva ukudagarara hamwe no kutamererwa neza ku mubiri, tugasanga twarengewe. Uburemere ni kimwe bigize ubuzima bwa misi yose kuko bituruka…
Shalom!
Insobanuro yo kwiyambura ibituremera n'ivyaha.
Matayo 11:28-30 "Ni muze kuri jewe mwese abananiwe n'abaremerewe, ndabaruhura; 29x mwikoreze ingata yanje, munyigireko; kuko nd'umugwaneza, niyoroheje mu mutima; namwe muzoronka uburuhukiro bg'imitima yanyu. 30y…
Shalom!
Turangize iyinga twiga ahar'ibanga ryo kugumana umunezero .
1. Kuronka akanya imisi yose ko kwihererana n'Imana.
Zaburi 5:11 "Ni ho abakwishimiye bazonezerwa, Umunezero uzobatera guhora bashira amajwi hejuru, kuk' ubakingiye, Kandi…
Shalom!
Akamaro ko kugira umunezero w'agakiza. Igice ca 4
4. Utuma umuntu agira amagara meza.
Imigani 17:22 "Umutima unezerewe n'umuti ukiza, Arik' umutima usavye wumisha amagufa."
Umuganga Dr Davidson yakoze ubushakashatsi…
Shalom !
Akamaro ko kugira umunezero w'agakiza. Igice ca 3
3. Ni wo utuma haba kwitanga.
2 Abo i Korinto 8:1-5 "Bene Data, turabamenyesha ubuntu bg'Imana amashengero y'i Makedoniya yagiriwe.…
Shalom!
Akamaro ko kugira umunezero w'agakiza. Igice ca 2.
2. Ni wo utuma twihangana.
Ahaheburayo 12:1-2 "Nuko natwe, ko dukikijwe n'igipfungu c'ivyabona kingana girtyo, twiyambure ibituremera vyose, n'icaha gikunda kutwizingirako vuba,…
Shalom!
Akamaro ko kugira umunero w'agakiza.
1.Niwo udusunikira guhinduka.
Matayo 13:44 "Ubgami bgo mw ijuru busa n'izahabu zanyegejwe mw itongo. Umuntu yazubutseko, arazihisha, aragenda, umunezero umutera gushora ivy' afise vyose, agura iryo tongo."…
Shalom!
Muze duhimbaze Imana kubw'iri yinga ritanguye.
Iri yinga rikaba ari iyinga ryo gukomoza umunezero w'agakiza.
Zaburi 51:12 " Unkomorere umunezero w'agakiza kawe; Unshigikirishe umutima ushize icira."
Agakiza ni "…