Ico gukora buri musi ngo tugume muri Yubile Yesu yatuzaniye. September 8, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Ico gukora buri musi ngo tugume muri Yubile Yesu yatuzaniye. 1. Gusom'ijambo ry'Imana buri musi. Yohana 8:32 "kandi muzomenya ukuri, kand' ukuri kuzobaha…
Tugiye kuraba ingene tugomba kwiyumvira kuvyo twibwira canke twiyumviriye August 11, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Uyu musi tugiye kuraba ingene tugomba kwiyumvira kuvyo twibwira canke twiyumviriye. Ivyo twiyumvira bifise amasoko abir i: ibiva ku Mana n'ibiva kuri satani . Ibiva ku Mana bitujana gushits'umugambi wayo,…
Uyu musi tugiye kuraba ibikomeza ukwizera July 27, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Turakomeza kwiga ku kuzigama ukwizera. Uyu musi tugiye kuraba ibikomeza ukwizera. 1. Kwumv'ijambo ry'Imana. Abaroma 10:17 "Nuk' ukwemera kuva ku kwumva, n'ukwumva kuzanwa…
Ibintu bigaragaza ko umuntu yiyeguriye Imana July 23, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Uyu musi tugiye kuraba ibintu bigaragaza ko umuntu yiyeguriye Imana. 1. Umutima wo kwumvir'Imana . Itanguriro 6: 22 "Nuko Nowa abigenza artyo: ukw Imana yamubariye…
Kwiyegurir’Imana nk’umuryango ( famille restreinte) July 20, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Turakomeza kwiga ku kwiyegurir'Imana. Uyu musi tugiye kuraba ku kwiyegurir'Imana nk'umuryango ( famille restreinte ). 1. Akarorero ka Yosuwa. Yosuwa 24:14 - 16 "None rero…
Insobanuro yo kwiyegurir’Imana July 19, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Turakomeza kwiga ku kwiyegurir'Imana. Uyu musi tugiye kuraba insobanuro yo kwiyegurir'Imana. Hari insobanuro nyishi ariko ico tugiye gufata ni " ukubaho ubuzima buhuriranye n'ic'Imana yateguriye ko tuba…