Shalom !
Ico gukora buri musi ngo tugume muri Yubile Yesu yatuzaniye.
1. Gusom'ijambo ry'Imana buri musi.
Yohana 8:32 "kandi muzomenya ukuri, kand' ukuri kuzobaha…
Shalom!
Uyu musi tugiye kuraba ingene tugomba kwiyumvira kuvyo twibwira canke twiyumviriye.
Ivyo twiyumvira bifise amasoko abir i: ibiva ku Mana n'ibiva kuri satani . Ibiva ku Mana bitujana gushits'umugambi wayo,…
Shalom !
Turakomeza kwiga ku kuzigama ukwizera.
Uyu musi tugiye kuraba ibikomeza ukwizera.
1. Kwumv'ijambo ry'Imana.
Abaroma 10:17 "Nuk' ukwemera kuva ku kwumva, n'ukwumva kuzanwa…
Shalom !
Uyu musi tugiye kuraba ibintu bigaragaza ko umuntu yiyeguriye Imana.
1. Umutima wo kwumvir'Imana .
Itanguriro 6: 22 "Nuko Nowa abigenza artyo: ukw Imana yamubariye…