Ico gukora buri musi ngo tugume muri Yubile Yesu yatuzaniye. September 8, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom ! Ico gukora buri musi ngo tugume muri Yubile Yesu yatuzaniye. 1. Gusom'ijambo ry'Imana buri musi. Yohana 8:32 "kandi muzomenya ukuri, kand' ukuri kuzobaha…Read more
Tugiye kuraba ingene tugomba kwiyumvira kuvyo twibwira canke twiyumviriye August 11, 2022 Pasteur Cassien NIKO 0Comments 0Likes Shalom! Uyu musi tugiye kuraba ingene tugomba kwiyumvira kuvyo twibwira canke twiyumviriye. Ivyo twiyumvira bifise amasoko abir i: ibiva ku Mana n'ibiva kuri satani . Ibiva ku Mana bitujana gushits'umugambi wayo,…Read more