Shalom!
Durakomeza gushimir'Imana ivyo yakoze mû kwa cenda 2023 no gusengera ukwa cenda kwa 2024.
Zaburi 27:1-5 "Uhoraho ni we muco wanje n'agakiza kanje: nzotinya nde? Uhoraho ni we gihome gikingira ubugingo bganje,…
Shalom!
Dutanguye iyinga rishasha turimbura ivyo yakoze mû kwezi kwa munani 2023 kandi dusengera n'ukwo muri 2024.
Zaburi 124:1-6 "Iyaba Uhoraho atari we yari mu ruhande rwacu, N'abe ari kw Abisirayeli bavuga none; 2…
Shalom!
Hasigaye imisi 12 ngo turangize urugendo rwo gusenga.
Igiye kuba imisi yo gushimir'Imana ivyo yakoze mu mezi 12 ya 2023 no gusengera ameze 12 ya 2024.
Gusubira mu vyagezwe…
Shalom!
Uyu ni umusi ugira 25 wo gusenga.
Dusabe Imana kubohoka ku bintu twahaye agaciro mu buzima bwacu bikatubuza kumenya Kristo.
Abo i Filipi 3:7-11 "Arikw ivyahora bimbera inyungu ndavyiyumvira kw ar'…
Shalom!
Uyu ni umusi ugira 24 wo gusenga.
Dusabe Imana kubohoka kuri kahise kabi kugira twubake kazoza.
1 Ngoma 22:6-10 "Maz' ahamagara umuhungu wiwe Salomo, amubarira kuzokwubakira ingoro Uhoraho Imana y' Abisirayeli. 7 f…
Shalom!
Uyu ni umusi ugira 12 wo gusenga.
Uyu musi tugiye gusengera gukingirwa kw'imiryango.
Guharura 6:22-27 "Uhoraho abarira Mose, 23o ati Barira Aroni n'abana biwe, ut' Uku abe ari ko…
Shalom!
Uyu n'umusi ugira 11 wo gusenga.
Uyu musi tugiye gusengera iterambere ry'imiryango yacu: Imigambi ( projets), kugubwaneza( le bien être), guter'imbere( prospérité),.... Tubikore twishimikije ko:
1. Ni isezerano.
Gusubira mû…
Shalom !
Uyu ni umusi ugira 10 wo gusenga.
Uyu musi tugiye guharira no guhezagira abo twabohoje ejo.
Yeremiya 1:9-10 "Maz' Uhoraho aramvura ukuboko ankora ku munwa; Uhoraho arambarira, at' Ehe nshize…
Shalom !
Uyu ni umusi ugira 9 wo gusenga.
Uyu musi tugiye kubohoza abacu bafashwe mpiri n'umwansi Satani.
Itanguriro 14: 12-16 "e Bahitana na Loti umuhungwabo wa Aburamu, yaba i Sodomu,…
Shalom!
Uyu n'umusi ugira 8 wo gusenga. Kandi dutanguye iyinga rishasha.
Iri yinga rikaba ari iryo gusengera imiryango yacu.
Abanyefeso 3:14-21 "Ni co gituma mpfukamira Data wa twese, 15 uwo imiryango yose yo mw…